Umugwi Ingo Music uri muri Studio ufise urukurikirane uriko urategurira bantu bawukunda, Ivyo bikaba ari ibiheruka gushikirizwa n’uwurongoye uwo mugwi akaba kandi no mu bawushinze. Mu kiganiro n’imboneshakure ya hano iwacu,…
Umuririmvyi akiri muto mu muziki yemeza ko yakuze yumviriza Big Fizzo ari nawe cirore mu rugendo gwiwe ni El King adahengeshanya kuvuga akari kumutima nicokorwa kugira vyose bije mu buryo bikunde tubone izindi!-->…
Amajambo akomeza kuba ikirenga kuri Mr Champagne ariko nawe akabandanya yiregura naho bamwe batabitahura uko we yoba abitahura. Inyuma yaho asabiye abakunzi biwe ko Bomuteranirize amafaranga ngo naho yoba ari idorari rimwe $1…
Sat- b ngo yaracumukuye kugura bikunde umuririmvyikazi Belle Nice yemere kwitwa umukunzi, ivyo bikaba vyavuye kuko uwo nwigeme atari mu bahahamukira abahungu ngo nuko bamenyekanye. Mu kiyago n'imwe mu mboneshakure za…
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru ba Jimbere magazine, Icegera c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo yamenyesheje ko we n’umugabo wa natacha, Frojo, basanzwe ari incuti za cane. Ico gihe akaba yariko abazwa ko yoba asanzwe azi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.