Inyuma y'aho Youssuf Mossi ajejwe igisata co gutunganya inkino mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ku mboneshakure ya Azam yo muri Tanzania amenyeshereje y'uko mu ntango z'ukwezi…
Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure mu bijanye n’umuziki. Mu…
Intumbero ngo n’ugukingira abantu, ivyo n’ibishikirizwa n’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, nayo Albert Ngendera we agataka avuga ko ariko aranyagwa ingona zifise agaciro k’imiriyoni 300 z’amafaranga y’amarundi.…
Ingingo y'umukuru w'igisagara ca Bujumbura yo kurekurira abunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga, amapikipiki hamwe na tukutuku kurengana ibiraro vya Ntahangwa yo haruguru hamwe n’iy’epfo irashimwa cane…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 05 Rusama 2020, niho haboneka ikete rivuye mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rivuga y'uko ryafatiye ibihano abakinyi babiri aribo Ndayishimiye Hussein…
Umurwi wa Rukinzo mu bagabo na Muzinga mu bakenyezi niyo yatahukanye ihiganwa rya volley ball i Bujumbura. Iyo mirwi yarakoze ibikomeye kuko yahuye n'imirwi ikomeye nka Amical yaheruka gutwara ihiganwa riheze, Gacosmos,…
Umuryango w'ubumwe bwa Afrika watangaje ko uriko uravugana na Reta ya Madagascar kugira ngo upime neza ko umuti ico gihugu giheruka gutora ko koko woba uvura covid-19. Nk’uko biri mw’itangazo umuryango w’ubumwe bwa…
Umukinyi wo ku ruhande mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yiyongereye ku rutonde rw'abakinyi b'intamba mu rugamba Indundi Sports izi basanzwe bafise inzu…
Mugihe umukinyi w'Umurundi akina mu gihugu ca Tanzania mu mugwi wa Namungo Fc,Blaise Bigirimana mu ikiganiro yahaye Indundi TV kuvyerekeye ubuzima bwiwe mu bijanye n'umupira w'amaguru , yabajijwe itandukaniro…
Mu gihe isi yugarijwe n’ikibazo ca COVID-19, Davido we ntiyicaye kuko abandanya akora nkuko bibandanya biboneka mu bikorwa ashira ku mbuga ngurukanabumenyi. Inyuma y’indirimbo aheruka gushira ahabona muri uku kwezi kwa 4,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.