Mu gihe havugwa ko ihiganwa rya basket i Bujumbura rigiye gutangura mu misi iza , umukinyi yaramuwe na Mutanga united ubu akaba yakinira Dynamo n'umurwi nserukiragihugu wa basketball Richard Bienvenue Ndikuriyo…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryaraye ribandanije ku musi ugira indwi. Uku niko imigwi yaraye itsindanye : -Flambeau de l'est yanganije na Garage Fc igitsindo 1 kuri 1 - Telaviv itsindwa na Les Elephant ibitsindo 2…
Integuro y’itegeko rijanye n’amafaranga Reta y’Uburundi izokoresha mu mwaka wa 2020 ushira uwa 2021 hamwe n’irigenga amasezerano hagati y’ibihugu vya Afrika Caraïbes na Pacifique (amasezerano yabereye i Cotonou muri Benin)…
Mugihe umugwi wa Musongati wari wanganirije i Bujumbura 0-0 n’umugwi wa Vital'o Fc mu rukino rw'igice ca kane gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu umumenyereza wa Musongati Fc Niyonkuru…
Abanywanyi b’imigambwe ihurikiye mu runani Copa 2020 bahamagariwe gutora Evariste Ndayishimiye yashizwe imbere n’umugambwe CNDD-FDD ngo awuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe muri Rusama 2020. Yamara naho…
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, niho nyakubahwa Reveriano Ndikuriyo atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB akongera agatwara n'inama Nkenguzamateka yatanga ibikoresho…
Umuyobozi mukuru w'igiporisi kijejwe gukinga ibiza n’isibe asaba abanyagihugu kutagira ubwoba kubera ikiza c’umugera wa corona ngo kuko n'indwara ikira. Antoine Ntemako yabishikirije, kuri uyu wa gatatu i Gitega,…
Hari kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, isaha zitanu 11h00 zo mu gitondo kuri ( CTN) Centre Téchnique National aho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi…
Inyuma y'igihe kinini atariko arumvikana mu muziki ni 19th yagarutse asubira kwumvikana mu gikorwa nka ’ikiri ku mutima’ Challenge ariko hakaza kuboneka ukudahuriza kukintu kimwe na mugenziwe B-Face kuko we yakoze ikira…
Inyuma yo gukora indirimbo zigiye zifise ubutumwa butandukanye kumpande zose, ni Tetero abandanya atangaza abatari bake mukwandika ikirundi kidasanzwe na cane cane ko ari ca kirundi utopfa gusiguza umwana avuka i Bujumbura.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.