Uko imisi ihera niko isi ibandanya itangazwa n’ikiza c’umugera Corona Virus gitera ingwara Covid-19 iriko irahekura imiryango itari mike. Inyuma y’umwana akiri muto, n’ukuvuga akiri umuyabaga aheruka kwitaba Imana mu…
Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum nawe yahambije abandi mu guhimiriza abamukurikirana ngo babandanye kwirinda umugera wa Corona-Virus utera ingwara ya Covid-19, ivyo akaba yabikoze akoresheje urubuga rwa Facebook…
Imirwi cumi niyo yitavye ihiganwa ry'umupira wo ku musenyi ku kibuga co ku musenyi wa Safi beach rikaba ryamaze amezi arenga ane. Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020 niho haba urukino rwa nyuma rwo…
Mu gitabu canditswe n'abagabo babirei Jack Canfield na Mark Victor Hansen Les Hewitt citwa " The Power of Focus" baraduhanura ibintu bitatu twogira inyifato ( Habits) maze mu myaka iza kugira dushobore gushika…
Umushikiranganji wa mbere w’ubwongereza nawe yafashwe n’ingwara ya Covid-19, ivyo bikaba vyamenyekanye kuri uyu wa gatanu inyuma yaho baboneye ibimenyetso vy’abafashwe n’uwo mugera wa Corona Virus. Amakuru dukesha…
Mu gihe amaze imisi asohoye indirimbo yiwe nshasha yise “My Story”, kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu cashatse kumenya nimba uwo muririmvyi agiye kuza arasohora indirimbo nk’abandi canke nimba azobandanya arindirizwa…
Mu gihe impari ari nyinshi ku muti woshobora gukoreshwa mu kugwanya ikiza c’umugera wa Corona Virus gihangayishije isi, kandi kiriko gitwara abantu benshi, barenga 1000 ku musi, mu bufaransa hari uwo bamaze kwemeza…
Imyaka ni myinshi cane haboneka impano zigiye zitandukanye hano mumuziki wa 257 ariko hakama hariho ugutakara ntihamenyekane ivyo bagiyemwo inyuma yo guheba uwo muziki, ntihamenyekane ko bawuhevye canke bafashe izindi nzira.…
Umukinyi w'inyuma wa Real Madrid umunya Brezile w'imyaka 31 Marcelo ariko aronderwa n’umugwi wa Juventus ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubutariyano. Kuva mu ntango z'uno mwaka Umukinyi Cristiano…
Umugwi wa Shanghai Shenhua inyuma yogutiza Umusatirizi wabo w'umunya Nigeria w'imyaka 30 Odion Ighalo mu mugwi wa Manchester United wo mu gihugu c'ubwongereza wipfuza kumwongera ayandi masezerano, bakaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.