Big Fizzo ngo aja mu nzu z’ubutambiro kuko aba ashaka kuja kwumviriza aho umuziki ugeze, imidiho abantu baba bagize igihe bakunda. Ariko ngo abandi bo ntiyomenya impamvu bajayo, aho ni mu gihe yariko abazwa ico yovuga ku…
Mu kiyago na Indundi Tv, Mb Data yavuze ku ndirimbo igize igihe isabwa n’abakunzi b’umuziki wiwe aho bahora basaba ko yokorana indirimbo n’umuririmvyi Sat-b. Muri ico kiyago na Alan The Real yavuze ko ivy’indirimbo yiwe na…
Iryavuzwe riratashe inyuma y'imisi itari mike binurwanurwa y'uko Umumenyeshamakuru w'insamirizi Buja FM yakora ikiganiro c'inkino akongera akaba n'uwutegura ibiganiro muri iyo Nsamirizi Elvis…
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020, niho umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Joël Bacanamwo yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa…
Mukubandanya haba ibi na biriya bitandukanye ariko hakaba ugutanako umwikomo bamwe bati umuziki wacu kuba udashika kurugero rushimishije biterwa n'aba canke bariya, ivyo navyo bigatuma ikibazo c’uko hotorerwa umuti…
Inyuma y’igihe kinini havuzwe ko DJ Mario ariwe nyene gutanguza iciswe INDUNDI MIXTEP ariko munyuma hakaba bamwe babeshuza iyo nkuru aho batigeze bemeza ko ariwe yoba yarayitanguje aho abenshi bashize imbere uwitwa Dj H…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 26 Ruhuhuma , niho umugwi wa RCK w'i Kinshasa ku mugwa mukuru wa Congo wari wakiriye umugwi wa Bukavu Dawa mu rukino rw'indwi ya 20 y'ihiganwa ryo muri ico…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020, ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru bwaramutse butanguza igikorwa co gutanga inyigisho ku bamenyeshamakuru zizobafasha kumenyesha amakuru neza mu gihe c’amatora yimirije…
Mugihe abakunzi benshi b'umupira w'amaguru mu Burundi bama bibaza icoba catumye Shassir Nahimana ava mu gihugu ca Arabie Saoudite akabona kugaruka mu gihugu ciwe uyo mukinyi yasiguye icatumye atabandaniriza mu…
Mu gihe hari hamaze imisi hanurwanurwa ko umukuru w’inama nshimgamateka y’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko EALA (East Africa Legislative Assemblee) yoba yanyurujwe, umushingamateka Léontine Nzeyimana arabeshuza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.