Mu kiganiro uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yakoranye na Indundi TV yavuze y'uko afise umwana wiwe w'umwigeme yubakanye n'umukinyi akinira umugwi nserukira gihugu…
Indirimbo yindi ya Monna Walda ngo ni Vuba cane, ivyo n’ivyo aheruka kuyagira mugenzi wacu akorera imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Aho akavuga ariko ko ishobora guteba gatoya kuko ashaka ko izosohokana n’amasanamu yayo.…
Eduin Trond ngo kuva ashitse muri Peace and Love arafise vyinshi yahigiye, kimwe muvyo avuga n’ukuririmbira hejuru, kuko ubwa mbere ntivyamukundira, kuko iziri hejuru ngo yategerezwa kuzimanura akazishira hasi. Ivyo n’ivyo…
Mu kiganiro myugariro w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel yakoranye na Indundi TV yasiguye icatumye atabandanya gukina i Buraya muri Républic Tchéque mu mugwi wa MFK akabone kwerekeza muri Las Vegas Light. Ndaye chance…
Muri kamere y’aba Tanzania ngo inyuma y’imyaka 10 mu muziki ngo baca bazima, ntihagire uwusubira kumwumviriza nkaho umengo ntiyigeze abaho. Aho hagatangwa akarorero k’abaririmvyi bari bakomeye mu myaka iheze nka Mr Nice,…
Inyuma y'aho Saido Ntibazonkiza agiriwe ikigongwe na FFB ari kumwe na mutoyi wiwe Steeve Nzigamasabo hamwe na Nimubona Emery abakunzi b'intamba mu rugamba bashimiye uwutwara FFB Reveriyano Ndikuriyo hamwe na komite…
Mu kiganiro Youssuf Nyange yakoranye na Indundi TV yemanze y'uko mu Burundi ata gaciro baha abakinyi bakina hano iwacu mugihe aribo kazoza k'ejo. Akaba yagize ati : "Birababaje cane kubona abakinyi bakina mu…
Mw’itangazo yaraye ashize ahabona abicishije ku mboneshakure y’igihugu ENTV, umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu ca Algeria yemeje ko umuntu wa mbere bamusanzemwo ingwara ya coronavirus imaze igihe ihekura abantu…
Ihiganwa ry'igikombe c'Umukuru w'igihugu rigiye kubandanya mu gice ca 1/8 gishira ica nyuma. Igenekerezo rya 25 Ruhuhuma : -Isaha icenda n'igice 15h50 Athletico Academy izokwakira Lumiere de Mwumba Ku…
Inyuma y'indwi n'igice atabarizwa mu mugwi wa Flambaeu du Centre Nzeyimana Mailo ubu abarizwa mu gihugu ca Tanzania mu mugwi wa Lipuli Fc ukina mu cicaro ca mbere. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruhuhuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.