Emery Sun arasigura neza inyungu Uburundi bwoba bwararonse muri iyi myaka ibiri 2017-2019 Inyuma y’igihe umuririmvyi Emery Sun abuze umuvyeyi wiwe (PAPA) agasa nkuwibagirana mu muziki aravuga neza ko ivyo kubura canke…
Abahinga mu mibereho y'umuntu, no bijanye n'ukwinginga( persuader) abantu barakuremesha. Mu kiringo ubwiye umuntu ikintu agashoka avuga ngo "oya" kenshi rero ngo ntaba yatahuye n'ivyo wamubariye.…
Umwe mu bagize umurwi bakunze kwita Nkunda abantu ukora umuziki w'akaranga ariko uvanze n'uw'uwugezweho, Tradi-moderne, yitavye Imana. Uwo tuvuga ko Bernard yitavye Imana afise imyaka 33 y'amavuko, uwo…
Kuri uyu wa gatandtu ihenekerezo rya 18 Nzero 2020 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waserukiwe n‘abakinyi ba Aigle Noir wakina urukino rwayo rwa kabiri n’umugwi nserukira gihugu wa Seychelles mu nkino…
Ester Nish umwigeme yagaragaye cane mu mwaka wa 2019 kundirimbo zitarinke zanagiye zirakundwa n’abantu batari bake abenshi bariko bibaza ko uyo mwigeme ashobora kuba yinjiye muri Label ya Bantu Bwoy ngo ntabwo arivyo…
Ko ukomeye, ko ubwonko bwawe bugikora, ko ugishoboye kwiga , ko uzi gusoma n'ukwandika, ko ushobora kuba uzi n'igifarasa hamwe n'icongereza uko coba kingana kwose aho uri ku gahiye! Ni ukuvuga ko…
Ukutumvikana kuri ku mbuga ngurukanabumenyi hagati y’abakunzi ba Farious na Sat-B ni kimwe mu biriko bituma abenshi badahurumbira indirimbo mva mahanga ugasanga umwe wese kuruhande rwiwe ashaka kumenya ibivugwa kuwo asanzwe…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba userukiwe n'umugwi Aigle Noir hama zikitwara neza mu kunyagira Moritius ibitsindo 4-1, umukinyi Nahimana Jospin yashoboye gutsinda ibitsindo 3 wenyene…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Nzero 2020 isaha zitandanu z'umurango 12h00 niho umugwi w'Intamba mu rugamba waserukiwe n'umugwi Aigle Noire wari ufise urukino rwa mbere n'umugwi nserukira gihugu wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.