Urwanda rwakuye amakori kuma Cotex ngo bikunde abigeme bazibura batangure baronke uko bazironka bitabagoye. Urwanda narwo rwahambije ibindi bihugu birimwo na Kenya mu gukura amakori (TVA) ku nyambaro abigeme…
Umumenyereza w'umurundi Mugunga Dieudonné Burchaga yahagaritse amasezerano yo kumenyereza umugwi Kiyovu Sports. Uyo mumenyereza w'umurundi akaba yahagaritse amasezerano n'umugwi Kiyovu Sports ukina mu cicaro…
Aho yari yatumiwe mu nama nshingamateka kugira ngo ashikirize ivyaranguwe mu bushikiranganji bumwegukira, icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu yarahumurije abashingamateka n'abakenguzamateka. Kuri uyu wa…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 niho ku rubuga ngurukana bumenyi Facebook rw'umugwi Azam Fc haboneka inyandiko ivuga y'uko umugwi Azam Fc wahisemwo gutandukana n'uwahoze ari kizigenza…
Abari muri Zambiya bagiye gutangura gukoresha Urumogi ku mugaragaro. Ico gihugu kikaba gikurikiye Afrika y'epfo na Lesotho nabo bamaze gutanga zimwe zimwe mu mpusha zo kururima. Igiterwa c'urumogi ngo kigiye…
Ku musi wa Mungu uheze igenekerezo rya 15 Kigarama 2019 niho umugwi Azam w'abatarenza imyaka 20 umenyerezwa n'umurundi Vivier Bahati wakina urukino rwa nyuma Final mu gikombe ca East African Chipkizi Cup…
Big Fizzo na Dr Jose Chameleon ngo baragoranywe igihe kitari gito. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe aho yari muri kimwe mu biganiro vy'umuziki hano iwacu. Muri ico kiyago, uwo muririmvyi, yavuze ko…
Abantu 2 bitwaje ibirwanisho, bivye rumwe mu nsengero za Katorika ziri ku mugwa mukuru Yaoundé muri Cameroun, bikaba bivurwa ko babatwaye ayababa 38,173,833 mu mafaranga ya hano iwacu. Imwe mu masengero ya Ekleziya Katolika…
Umukinyi wo hagati w'umugwi Aigle Noir The Fighters Youssuf Ndayishimiye Nyange niwe yatowe nk'umukinyi yaranze ukwezi kwa Munyonyo 2019 mw'ihiganwa rya Primus ligue. Abakinyi 14 nibo bari batowe…
Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Kigarama 2019 aho umugwi Zulte Weregam ukinamwo kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino wari wahuye na Charleroi mu rukino rw'igice 1/2 gishira ica…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.