Ugukomereka kwa kwizera Pierrot kwari kwababaje benshi muri kino gihe uyo mukinyi amagara yiwe ngo ameze neza. Inyuma yo gukomerekera mu rukino rwahuje Intamba mu rugamba hamwe na Algeria akamara imisi itatu adakora…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse amahoro mu Misiri ahagiye kubera inkino za AFCON2019. Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-1 n'umugwi nserukira gihugu wa Tunisia mu rukino rwa kivandimwe…
Ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ryashize ahabona urutonde rw'abakinyi 22 b'intamba mu rugamba batarenza imyaka 23 bagiye…
Mugihe hasigaye imisi 3 gusa kugira ihiganwa rya CAN 2019 ritangure, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ishirahamwe CAF niho ryashira ahabona urutonde rw'abakinyi b'imigwi…
Ndacari muto, ubu nyene ko uri mu kiringo c'ukwubaka ingoro uzobamwo mu myaka izoza, igihe iyubaka rizoba ryararangiye. Iki nico gihe uriko urabiba, ubagara akarima kawe mu kurindira ko imyaka y'ukwimbura igera.…
Kuva mu mwaka wa 2018 Intamba mu rugamba ntizari bwatsindwe. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 i Tunis ku kibuga ca Rades niho umugwi wa Tunisia wari wakiriye umugwi w'intamba mu…
Ugasanga rero hariho imiyabaga, iheza igahendwa cane n'ubuto, igaheza igahava yibaza ngo bizohora uko. Abo ni bamwe bama bivugira ngo ndacari muto, ivya kazoza ukamengo ntibibaraba. Abo ni bamwe, abagize ngo…
Ikinyamakuru BBC cashize ahabona abakinyi bagera kuri 9 bo muri kano karere bakomeye bazokina CAN2019. Kuri urwo rutonde duhasangamwo abakinyi babiri b'abarundi abo nabo akaba ari uwitwa Saido Berahino asanzwe ari…
Umumenyereza w'umugwi nserukira gihugu Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tunisie kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17…
Ingingo Staff y'intamba mu rugamba yafashe yo kugumana Nyange I Doha ishobora kuba iri mu ngingo nziza iyo staff yafashe. Kuva ku musi wa kabiri w'indwi iheze igenekerezo rya 11 Ruheshi umwaka wa 2019 , inyuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.