Abahinga baciye urwevu imbere yacu bamenyesha ko igihambaye burya atari icamwa. Igihambaye nyabuna ni urugemwe. Intango niyo ihambaye. Mu gihe rero abahinga bariko bararondera insiguro itomoye y'ugushika ku masonga(…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nduwarungira Christophe amagara yiwe yifashe neza. Mu myimenyerezo yo kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 niho uyo mukinyi w'inyuma…
Umugwi w'igiporisi c'Uburundi Rukinzo Fc watanguye kwiyubaka. Nk'uko mu bizi umugwi Rukinzo Fc ariwo mugwi uzoserukira Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup, kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo…
Umugwi Rayon Sports waraye uguze umukinyi w'inyuma wa kera wo muri Vital'o FC Iragire Abou benshi bazi kw'izina rya Ambou. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 , niho umugwi…
Le Marché commun de l'Afrique orientale et australe (COMESA) a promis d'examiner avec les autorités burundaises comment rembourser les frais engagés par le Burundi dans les préparatifs du 20ème sommet des chefs…
Kuri uno wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 5 Ruheshi umwaka w’2019, igiporisi c’Uburundi gifashijwe n’abahurikiye mu makomite y’umutekano ahurikiyemwo bose hamwe n’intwaro, barafashe umugabo yari amaze imisi aronderwa…
Ahmad Ahmad atwara ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru muri Africa CAF yatawe muri yompi azira ibiturire. Hari mu gatondo ko kuri uyu wa kane igenekerezo rya 06 Ruheshi umwaka wa 2019 i Paris mu Bufaransa aho…
Imigwi ya Primus League yagabishijwe n'uburongozi bw'umugwi Aigle Noir ku bakinyi b'uyo mugwi bariko baragurwa uburongozi butabizi. Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 Ruheshi umwaka wa 2019,…
Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa (CAF ) ryafashe ingingo y'uko urukino rwa nyuma rwo gusubiriza rwa CAF Champions League rwahuje Esperance de Tunis hamwe na Whydad Casablanca y'uko…
Mu gitabo canditswe n'uwitwa Joseph Murphy, citwa " The power of your subconscious mind", arerekana ibitari bike vyerekana neza ko hari ibintu vyinshi dukwiye kumenya bidahuye cane n'ivyo twigishijwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.