Umugwi w’Urunani waraye utsinzwe n’umugwi wa NBA Academy mu rukino rugira kabiri rwa Elite 16. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Munyonyo 2022, muri Africa y’epfo mu gisagara ca Johanesbourg ahariko habera ihiganwa…
Umugwi Simba Sc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania uriko uraba ingene wogura Saidi Ntibazonkiza mu kwezi kwa kigarama kugira aze gusubirira Clatous Chama amaze imisi ari mu mvune . Mu makuru twasomye ava mu …
Vania Ice nawe buca ashira ahabona indirimbo yakoranye n'umuririmvyi Kivumbi w'umunyarwanda. Iyo ndirimbo yahawe akazina ka "I DEY" ikaba igiye gushirwa ahabona inyuma y'urugendo yakoreye muri…
Kuri uyu wa kabiri habonetse amajambo y'urukundo ateye igomwe yandikiwe umuririmvyi Kadjimunda Florin benshi muri nka R Flow. Muri ubwo butumwa vyabonetse ko bwasangijwe abantu ku rubuga rwa Whatsapp, umukobwa…
Vichou Love yaragabishije abaririmvyi bagenziwe y'uko ukwezi kwa Munyonyo na Kigarama boba barabangira gusohora indirimbo nshasha kubera izo wewe afise niyazisohora abandi batazokwumvirizwa. Adatevye yaciye aduha…
Kingorongoro ni umuririmvyi w'umu Rapeur benshi mwakunze kundirimbo ziwe zitandukanye indirimbo yiwe ihari nshasha muri zose ni "Habavye". Yari amaze imisi yandika ku mbuga ngurukanabumenyi y'uko afise…
Abakinyi 2 b’abarundi bakina Judo bari baserukiye igihugu mu mahiganwa ya African Open baraye batahutse. Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 22 Munyonyo 2022 , niho abakinyi babiri b’abarundi bakina Judo bari baserukiye…
Umugwi w’Urunani waraye utsinze umugwi wa KPA wo muri Kenya muri ya mahiganwa ya Road to Bal Elite 16 ariko abera mu gisagara ca Johanesbourg mu gihugu ca Africa y’epfo. Hari kuri uyu wa kabiri…
Kirikou Akili twamumenye nk'umuririmvyi ariko imbere yuko tumumenya yari umwana wo mw'ibarabara nk'uko wenyene avyivugira. Imana rero iguhaye ikwibagiza imibabaro ukicarana n'abakomeye, ivyo vyarabaye kuri…
Abatari bake barimwo Alvin Smith na Didier Kiss bahakanye bivuye inyuma ko imiliyoni 50 zavuzwe ko zahawe Olegue ngo atarivyo na gato. Impari ni zose ku mafaranga imiliyoni 50 vyavuzwe ko zahawe Olegue mu masezerano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.