Wa mwambaro wa Miss Lauria muri Miss Earth watangiwe umuco n'umwe mu begereye abo bigeme. Hamenyekanye amakosa yakozwe, inzira vyari gufata, ico yari kwirinda, co kimwe n'ikibuze ngo amakosa nk'ayo ntasubire…
Umukinyi w’umusatirizi wUmurundi Hussein Shabani batazira Tchabalala yaraye afashije AS Kigali gutsinda Rwamagana City . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 21 Munyonyo 2022, aho umugwi As Kigali ukinamwo Hussein…
Abanonotsi 5 bari bamaze imisi bari mw’ihiganwa ryo kwoga ( Natation) ryariko ribera mu gihugu ca Tanzania baraye batahutse mu Burundi . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 21 Munyonyo 2022 , aho abanonotsi 5…
Inyuma y’imyaka itari mike ikibuga ca Campus Kamenge kirariko kirakora kumvo z’uko cari camaze kwononekara, ico kibuga kigiye kunagurwa gushasha. Ivyo bikana vyaraye bishikirijwe na Adolphe Rukenganya mu kiganiro…
Umuririmvyi Sat-B n'ubwo bitakunze ko atahukana agashimwe ka Afrima, ihiganwa ritegurwa muri Reta zunze ubumwe za America mu mice itandukanye aho yari mu muce wa "best male", arahamagarira abarundi kwishimira…
Ikibura kugira abaririmvyi b'abarundi batumirwe i Kigali mu biteramo, ngo ni ukutimenyekanisha. Muri aya mezi aheze abaririmvyi b'abanyarwanda bamaze gukorera ibiteramo hano iwacu ni abatari bake, ariko abarundi…
Ukudakundana ngo bitumye abaririmvyi co kimwe n'aba Dj bo muri Africa y'ubuseruko batabasha gusohoka ngo baje gukorera mu mahanga. Dj Brian mu kiganiro Classic Vibe yavuze ko aho yakubitira muri Nigeria akabona uko…
Chany Queen haraciye igihe atumenyesheje ko agiye gushira ahabona album yiwe izoba izwi kw'izina rya" Colors". Muri ukwo kurindira tubandanye turindiriye igenekerezo iyo album izoshirwa ku mugaragaro kuko ico…
Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League rigiye kubandanya kundwi igira 2, inkino zikaba zitegekanijwe uku gukurikira: Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022: - Isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku…
Owen n'umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba mu makungu neza na neza muri Canada. Umwuga wo kuririmba yawutanguye kuwufata nk'akazi mu mwaka 2020 ubu akaba ageze ku ndirimbo 6 harimwo niyo yakoranye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.