Umurundikazi akina boxe Ornella Havyarimana ntiyaraye yorohewe mu rukino rwan muri rya higanwa rya boxe ryari rimaze imisi ririko ribera muri Mozambique. Hari kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga 2022 mu…
Umusatirizi w’intamba mu rugamba Bon Fils Caleb yaraye afashije umugwi Kaizer Chiefs gutsinda Super Sport united. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Nyakanga 2022 aho umugwi Kazir Chiefs ukinamwo umusatirizi…
Ugukoresha ibiteramo abaririmvyi b'abarundi mu mahanga, ngo ntivyahebwe ahubwo vyari bikiriko birategurwa, kandi imyiteguro ni myiza kuko biregereje. Ivyo biheruka gushikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiyago aheruka guha…
Umugwi Flambeau du Centre waraye wanditse amateka mu gusezera umugwi Al Ittihad wo muri Libiya. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 18 Nyakanga 2022, aho umugwi Al- Ittihad Tripoli wo muri Libia wari wakiriye umugwi…
Inyuma ya Collabo umugwi w'abasore babiri, Treyzo na Rappy Boy bakoranye na Berry Music, abo basore ngo bagiye gushira ahabona akandi karirimbo gashasha ariko ko bazoba bakikoranye nk'uko babiyagiye abafana babo.…
Abaririmvyi bidoga ko hahamagarwa abaririmvyi b'abanyamahanga hano iwacu bagahabwa amafaranga y'umurengera ngo nibareke kwimaramaza ahubwo baje ku kivi, ivyo biheruka gushikirizwa na Dj Paulin ubwiwe, ari mu…
Drama T uwundi muririmvyi agiye mu gitigiri c'abaririmvyi bafise indirimbo zimaze gukwiza 1,000,000 views ku rubuga rwa YouTube. Izo 1,000,000 views zibonetse zikaba zabonetse ku ndirimbo MADAMU yaheruka gushira ahabona,…
Umurundikazi Ornella Havyarimana asanzwe yaserukiye Uburundi mu nkino za boxe za Confederation Africaine boxe ririko ribera i Mputo muri Mozambique ashobora gutahukana umudari w’inzahabu. Hari ku musi wa gatatu igenekerezo…
Umumenyereza w’umurundi Ferouz Haruna amenyereza umugwi Rutsiro Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda yatanguye anganya na Marine Fc inyuma yo gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza uwo mugwi mu kiringo c’umwaka.…
Umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Instabul Basaksehir wo muri Tuquie Ndayishimiye Youssuf Nyange abandanya afasha umugwi wiwe ku rugero rushimishije. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 Nyakanga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.