Umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Fréderic Nsabiyumva agiye gukina ku mugabane wa Buraya. Nsabiyumva yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Vasteras SK ukina mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Suède mu…
Inyuma yo kumara igihe ata mugwi afise , Tity Cedric Mavugo yerekeje mu gihugu ca Tanzania . Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi Tity Cedric Mavugo yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Costal Union wo mu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Burundi ( FEBABU) rigiye gutegura inkino zizoba mu ntumbero yo gushigikira imigwi Urunani BBc na Young Sisters izoserukira Uburundi mu nkino mpuzamakungu. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe …
Umuryango wa Prezida wa FFB Muyenge Alexandre waraye utanze ibikoresho vy’ishure ku bana bavuka muri Commune Giteranyi intara ya Muyinga. Nk'uko mubizi umwaka w’amashure w’i 2022 ushira umwaka w’i 2023 waraye utanguye mu…
4show ni umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba muri Reta zunzubumwe bwa Amerika akaba ari naho akorera ibikorwa vyiwe vy'umuziki. Mu kiganiro yakoze kuri Indundi Tv yaravuze ko agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe…
Umugwi Bumamuru Fc waye umaramariye mu gihugu ca Ethiopia. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 09 Nyakanga 2022, aho umugwi Fasil Kenema wari wakiriye umugwi Bumamuru Fc wa hano iwacu mu rukino rw'ibanze rwa CAF…
Umugwi Flambeau du Centre w’i Gitega waraye ukoze amateka mu gutsinda umugwi Al Ittihad wo muri Libiya mu rukino rw’ibanze rwa CAF Champions League. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Nyakanga 2022, aho umugwi Flambeau…
Umugwi w’Urunani waraye wanditse amateka adasanzwe mu gukora umusi mukuru wo kwigina itsinzi y’igikombe c’ihiganwa rya Basketball citwa Viva Basketball League c’umwaka w’i 2022 batahukanye. Hari kuri uyu wa gatandatu…
Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Sudi Abdallah agiye gukina mu gihugu ca Iraq. uwo mugwi akaba yawuronderewe n’ishirahamwe rijejwe kugurisha abakinyi ryitwa Kaze Sports Management rirongowe na Team Manager…
Hasigaye iminota mike kugira umugwi Bumamuru Fc waserukiye igihugu mu mahiganwa ya CAF confédération Cup ushobore gutana mu mitwe n’umugwi wa Fasil Kenema wo mu gihigu ca Ethiopia , urukino ni saha icenda 15h mu masaha ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.