Inyuma y'imyaka 5 adahonyoza ikirenge mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza hamwe na mutoyi wiwe Steeve Nzigamasabo na Nimubona Emery Kadogo bagiriwe ikigongwe, ubu biremewe ko batumwako…
Mu kiganiro Youssuf Nyange yakoranye na Indundi TV yarasiguye icatumye adakina iburaya hakiri kare mugihe yigeze kuja kugeragezwa muri Turquie hamwe no muri Hollande . Akaba yavuze y'uko aho hose yaciye atigeze ananirwa…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2020, niho umugwi wa Rukinzo Fc wari wakiriye umugwi wa Olympic Star w’i Muyinga urwo rukino rukaba rwarangiye Olympic Star wirahiye Rukunzo Fc ibitsindo 2-1. Inyuma…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2020, niho umugwi Unité Fc w'imuyinga ku kibuga c'umuco wari wakiriye umugwi wa Delta Star wo mu gatumba mu rukino rw'indwi ya 2 y'ihiganwa ryo mu cicaro…
Ihiganwa ry'igikombe citiriwe Umukuru w'igihugu carabandanije mu gice ca 16 gishira icanyuma. Uku niko imigwi yatsindanye : - Buhumuza yatsinze Ngozi city igitsindo 1-0 - BSDynamic yatsinze Flambeau de l'est…
Mu mpera zino ndwi ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 22. Uku niko imigwi izohura : Igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2020 : - Isaha indwi n'igice 13h30 , umugwi BS Dynamic uzokwakira Musongati Fc ku…
Hari kw'igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2020 aho umugwi Namungo Fc wari wakiriye umugwi KMC mu rukino rw'indwi ya 22 y'ihiganwa ryo muri Tanzania VPL, urwo rukino rukaba rwarangiye umugwi Namungo Fc wirahiye KMC…
Uko ukwezi gutashe, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama rishira ahabona ingene imigwi yama isumbasumbana ibibanza, Uburundi bukaba bwungutse ibibanza bibiri muri kuno kwezi kwa kabiri bukaba…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2020, niho umugwi Messager Ngozi wakina urukino rw'igice ca 16 gishira icanyuma c'igikombe c'umukuru w'igihugu n’umugwi Unité Fc w’i Muyinga…
Mu kiganiro Jospin Nshirimana yakoranye na Indundi Tv igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2020 uyo musatirizi akomeye w'umugwi Aigle Noir The Fighters yashoboye kuvuga umukinyi akunda mu ntamba mu rugamba ndetse no kw'isi.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.