Ku musi wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 03 Ntwarante 2020, ku kibuga ca Tempête aho umugwi wa Vital'o Fc wama ukorera imyimenyerezo niho hari haramutse hatanzwe impuzu z'imyimenyerezo ku bakinyi ba…
Kuri uyu wa karibi waraye uheze igenekerezo 03 Ntwarante 2020, niho uburongozi bw'umugwi Azam Fc bwafashe icemezo co kugira Vivier Bahati nk'icegera c’umumenyereza Aristica Cioaba ava mu gihugu ca Roumanie. Vivier…
Mu kiganiro uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yakoranye na Indundi TV yavuze y'uko umugwi nserukira gihugu wa Congo wamurondere kugira aze kuwukinira ariko aranka guhemukira…
Kur'uyu wa mbere igenekerezo rya 02 Ntwarante 2020, umukinyi w'Umurundi akina hagati yaguzwe mu murwi wa Aalesunds Aafk mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Norvège. Uwo mukinyi Bizoza akaba yashize umukono ku…
Kuva ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 29 Ruhuhuma, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi, Primus League ryarabandanije ku wa ndwi igira 23. Uku niko imirwi yatsindanye: - Burundi sports Dynamic watsinzwe na…
Kur'uyu wa mbere igenekerezo rya kabiri Ntwarante 2020,niho umukuru w'inama Nkenguzamateka Nyakubahwa Réverien Ndikuriyo akongera akaba ariwe arongoye FFB, yamenyesheje akoresheje ubuhinga ngurukanabumenyi…
Mu gihe kuri uyu wa mungu isaha zitatu z’ijoro ku masaha y’I Madrid hari haramutse habera urukino rw’umupira w’amaguru wahuza imirwi ikomeye ku mugabane wa buraya, Real Madrid hamwe na Fc Barcelona, Cristiano nawe…
Mu kiganiro umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba yagiraniye na imwe mu mboneshakure zikoresha bwabuhinga bwa none hano iwacu Shassir Nahimana yavuze y'uko Saido Ntibazonkiza akizerwa agahamagarwa mu ntamba mu…
Kuri musi wa kane uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020 isaha icenda 15h00 mu ntara ya Ruyigi niho umugwi wa Kayanza United wari wakiriye umugwi wa Buhumuza Fc mu rukino rwo gutamgura rw'igice c'8 gishira…
Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel yakoranye na Indundi TV yavuze ibintu vya mubabaje igihe yakina mu Burundi. Akaba yahereyeko ku batwara imigwi ya hano iwacu aho avuga y'uko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.