Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2020, niho umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Joël Bacanamwo yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 26 Ruhuhuma , niho umugwi wa RCK w'i Kinshasa ku mugwa mukuru wa Congo wari wakiriye umugwi wa Bukavu Dawa mu rukino rw'indwi ya 20 y'ihiganwa ryo muri ico…
Mugihe abakunzi benshi b'umupira w'amaguru mu Burundi bama bibaza icoba catumye Shassir Nahimana ava mu gihugu ca Arabie Saoudite akabona kugaruka mu gihugu ciwe uyo mukinyi yasiguye icatumye atabandaniriza mu…
Mu kiganiro uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba mu myaka 20 iheze Juma Mossi yakoranye na Indundi TV yavuze y'uko afise umwana wiwe w'umwigeme yubakanye n'umukinyi akinira umugwi nserukira gihugu…
Mu kiganiro myugariro w'intamba mu rugamba Ndaye Chancel yakoranye na Indundi TV yasiguye icatumye atabandanya gukina i Buraya muri Républic Tchéque mu mugwi wa MFK akabone kwerekeza muri Las Vegas Light. Ndaye chance…
Inyuma y'aho Saido Ntibazonkiza agiriwe ikigongwe na FFB ari kumwe na mutoyi wiwe Steeve Nzigamasabo hamwe na Nimubona Emery abakunzi b'intamba mu rugamba bashimiye uwutwara FFB Reveriyano Ndikuriyo hamwe na komite…
Mu kiganiro Youssuf Nyange yakoranye na Indundi TV yemanze y'uko mu Burundi ata gaciro baha abakinyi bakina hano iwacu mugihe aribo kazoza k'ejo. Akaba yagize ati : "Birababaje cane kubona abakinyi bakina mu…
Ihiganwa ry'igikombe c'Umukuru w'igihugu rigiye kubandanya mu gice ca 1/8 gishira ica nyuma. Igenekerezo rya 25 Ruhuhuma : -Isaha icenda n'igice 15h50 Athletico Academy izokwakira Lumiere de Mwumba Ku…
Inyuma y'indwi n'igice atabarizwa mu mugwi wa Flambaeu du Centre Nzeyimana Mailo ubu abarizwa mu gihugu ca Tanzania mu mugwi wa Lipuli Fc ukina mu cicaro ca mbere. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruhuhuma…
Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 22, uku niko imigwi yaryitavye yatsindanye : - Bs Dynamic yatsinzwe na Musongati Fc igitsindo 1-0 - Athletico Academy itsinda Flambeau du Centre ibitsindo 2-1 -…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.