Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Ruhuruma 2020 ku musi wahariwe Ubumwe bw'abarundi mu ntara ya gitega isaha 14h00 aho umugwi wa Aigle Noir wo mu ntara ya Makamba wahura n’umugwi Messager Ngozi mu rukino rwa…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2020 niho umugwi Heracles Almelo w'abatarenza imyaka 21 mu gihugu ca Hollande wakina n'umugwi wa VVV Velno urukino rurangira Heracles unyagiye VVV Velno…
Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2020 aho uwutwara umugwi Aigle Noir hamwe na FFB Umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo yandika ku rubuga ngurukanabumenyi bwa Facebook avuga ati :…
Kuri uyu w'Imana w' igenekerezo rya 02 Nzero 2020, igihe umugwi Aigle Noir wariko utana mu mitwe na Flambeau du Centre mu rukino rw'igikombe c'ubumwe i Makamba ku kibuga ca Peace Park complex Stadium,…
Hari kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 2 nzero 2020 , aho Umugwi Zulte weregem wari wakiriye Umugwi wa Waasland Baveren mu rukino rw'indwi ya 24 rw'ihiganwa ryo mu Bubirigi Jupiler pro . Urwo rukino rukaba…
Mu nkino 25 umaze gukina, umurwi wa Arsenal umaze gutsindamwo zitandatu gusa, unganya mu nkino 13 utsindwa zitandatu, ibitari bwigere biwubako kuva mu mwaka w'inkino w'1912 ushira uw'1913. Ejo ku wa Mungu,…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 31 Nzero 2020 niho umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Youssouf Nyange yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wa Yeni Malatyaspor ukina mu cicaro cambere mu gihugu…
Kuri uyu w’Imana niho Neymar azokwiza imyaka 28 y’amavuko, uwo akaba yitezweko urubanza rukomeye I Paris mu Bufaransa, nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru vyo kuri uwo mugabane abishikiriza. Naho biruko hari abatabona ryiza…
Cristiano yasubiye kwerekana ko akunzwe mu gukwiza abantu imiliyoni 200 kuri Instagram bamukurikirana, aho ni mu gihe adasiba kwifatira ikibanza ca mbere mu bintu bitari bike mu mupira w’amaguru. Uwo mukinyi rurangiranwa…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020, niho igice ca 32 gishira ica nyuma c'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu cabandanya. Uko niko imigwi yatsindanye : - Young Boys Bugendana yanyagiwe na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.