UKEBURWATANS ni nyumba ya utengenezaji wa filamu nchini Burundi ambayo inaongozwa na Mama Souavis na ni Company kubwa ambayo inazidi kujibebea umaarufu mkubwa sana nchini na ndiyo imeweza kutowa tunzo kwa wasanii waliyo…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020 niho Umuhanuzi canke umuvugabutumwa Prophet Nigel Gaisie yamuka mu gihugu ca Ghana yavuga y'uko hamwe yohabwa ibice 10% vy'agaciro kimiriyoni 500…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 28 Nzero 2020 niho umusatirizi w'umurundi Bigirimana Issa yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi w'igiporisi c'Urwandwa Police Fc. Akaba yashize umukono ku…
Mu mpera z'indwi iheze hamwe no mu ntango z'iyi ndwi turimwo, ihiganwa rya Primus League Burundi ryarabandanije kundwi yaryo igira 19. Uku niko imigwi yatsindanye : -Bumamuru Fc yatsinze Les Lierres Fc ibitsindo…
Kuva igenekerezo rya 13 Munyonyo umwaka wa 2012 hari umugabo umwe yitwa Noso yanditse kuri Twitter yiwe y'uko igihangange ca NBA Kobe Bryant azopfira mw'isanganya ry'indege ya Kajugugu bikaba ari navyo vyaraye…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 27 Nzero 2020 niho abakinyi b’umugwi Aigle Noir hano iwacu bashika i Bujumbura inyuma yo gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1 mu rukino rwa nyuma rw’ihiganwa Bangabandhu Gold…
Urupfu giturumbuka rw'igihangange muri NBA Kobe Bryan rwaraye rubabaje abatari bake mu buhangange vy'Umupira w'amaguru kw'isi. Abakinyi bakomeye kw'isi nka Mohammed Salah , Raheem Sterling , Gareth…
Hari isaha z'ibiri n'igice 8h30 zo mu gatonso ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Nzero 2020 aho abakinyi ba Aigle Noir bari baserukiye Uburundi mu mahiganwa y'imigwi nserukira gihugu Bangabandhu Gold Cup…
Ishirahamwe Fondation Pax Burundi risanzwe rifata mu mugongo umugwi Aigle Noir ryatunganije inkino z'igikombe c'Ubumwe bita mu gifaransa Coupe de l’unité. Izo nkino zizokwitabirwa n'imigwi 3 iri mu kibanza ca…
Ari nka hamwe Kylian Mbappe ngo yokora hasi, abo muri Real Madrid bariteguye kumwakira. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu bakinyi b'inyuma b’uwo mugwi “Nacho Fernandez”. Mu kiyago uwo mukinyi w’inyuma wa Real…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.