Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero, niho umugwi nserukira gihugu w'uBurundi mu murwi w'abigeme batarenza imyaka 17 wari wakiriye uwi gihugu ca Tanzania mu batarenza imyaka 17. Urwo rukino rukaba…
Inyuma yo gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1 mu rukino rwa Final rwabaye kuri uyu wa gagandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020. Umukinyi w'Uburundi Nshimirimana Jospin yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020 mu gihugu ca Bangladesh niho umugwi w'Uburundi waserukiwe n’abakinyi ba Aigle Noir wakinye urukino rwa nyuma rw'igikombe ca Bangabandhu Gold Cup n’umugwi…
Mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020, umugwi w'Uburundi waserukiwe n'abakinyi ba Aigle Noir mu mahiganwa ya Bangabandhu Gold Cup bakoze imyimenyerezo yanyuma yo kwitegurira umugwi…
Umugwi wa Orlando Pirates ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Africa y'epfo watangaje y'uko umaze gutangura ibiganiro k'umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba ari nawe kizigenza w'umugwi wa…
Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 22 Nzero 2020 niho umugwi Zulte Weregem ukinamwo Kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino wari wakiriye umugwi Club Bruges mu rukino rwo gutangura rw'igice…
Inyuma y'aho Uburundi bunyagiriye Bangladesh ibitsindo 3-0 kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 mu rukino rw'igice 1/2 gishira ica nyuma c'ihiganwa rya Bangabandhu Gold Cup ririko ribera muri…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 isaha indwi z'umutaga (13h00) mu masaha ya hano iwacu niho umugwi nserukiragihugu w'Uburundi washoboye guserukirwa n'abakinyi ba Aigle watana mu mitwe…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 niho umugwi w’Uburundi waserukiwe n‘abakinyi ba Aigle Noir uzagukina urukino rw'igice 1/2 gishira icanyuma c'igikombe Bangabandhu God Cup 2020 kiriko kibera mu gihugu…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero 2020 niho umugwi wa Melbourne Victory ukinamwo umukinyi w'umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba wakira umugwi wa Putra Samarinda mu nkino zo mu majonjora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.