Umunyegori Arakaza Mac Arthur yasiguye ikiriko gituma yitwara neza mu mugwi Lusaka Dynamos azanzwe akinamwo mu gihugu ca Zambia . Mu kiganiro Arakaza Mac Arthur yagiranye na indundi sports kuri uyu wa kane igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryaraye ribandanije ku ndwi yaryo igira 26. Uku niko imigwi yaraye itsindanye: Rukinzo yanganije na Flambeau de l'Est igitsindo 1 kuri 1 -Bumamuru Fc itsinda Vital'o Fc igitsindo 1 Ku 0 !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Primus league iriko irasozererwa amarembe, igikombe kikaba caraye gitashe i Buragane ku ncuro yambere. Bitoroshe na gato, the fighters ku musi wa 26 w'urukino bakiniye i Gitega rwabahuje na Olympic stars y'i!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Aigle Noir wo mu ntara ya Makamba wakoze amateka utari bwakore . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 Ntwarante umwaka wa 2019 , isaha indwi 13h00 z'umuhingamo ku kibuga c'i Gitega citiriwe ingoma!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba David nshimirimana yaguzwe muri Zambia. Inyuma y'amakuru yaguma akwiragira hose avuga y'uko David Nshimirimana atakibarizwa ku butaka bw'Urwanda kuri uyu wa kabiri!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana abandanya yitwara neza mw'ihiganwa ryo muri Kenya. Hari ku musi wa mbere igenekerezo rya 4 Ntwarante umwaka wa 2019 , aho ishirahamwe risanzwe rifasha ihiganwa ryo muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Inama rukokoma y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yaremreje ko ubutunzi bw'iryo shirahamwe bwakoreshejwe neza. Kw'igenekerezo rya 03 ntwarante kuri Hotel Nonala Beach niho habereye inama yo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dynamo mu bagabo, Berco Stars mu bigeme, Niyo mirwi yatahukanye ibikombe vyihiganwa ry 'imyaka 50 Dynamo itangujwe(Dynamo golden Jubilee) Kw'igenekerezo rya gatatu ntwarante niho iryo higanwa ryarangira. Imirwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Uburundi bwaraye butahukanye imidari itari mike mu nkino z’igikombe ca Judo co ku mugabane wa Afrika (Championnat de la Coupe d’Afrique de Judo Cadet et Junior) aho catahukanye imidari 13 y’inzahabu,14 y’ifeza hamwe!-->!-->!-->…
Mu ntumbero yo guhimbaza isabukuru y'myaka 50 iheze umurwi wa Dynamo ubayeho, waratunganije ihiganwa wise « Dynamo Golden Jubilee » aho wari watumiye iyindi mirwi yose ikina umupira w'amaboko mu Burundi. Uwo murwi ukaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.