Mu mpera z'indwi twaraye dusozereye muri zone ya Cibitoki mu gisagara ca Bujumbura haratangujwe ihiganwa ryitiriwe umubano mwiza no gusubiza hamwe. Uko imirwi yahuye n'ingene yatsindanye. Kuwa gatandatu igenekerezo rya!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Neymar ntiyemera kandi ntahakana ko atagiye gusezera PSG muri uno mwaka, ahubwo avuga ko aharyoherewe ahari, ariko kandi ko atawuzi kazoza kiwe. Mu gihe Neymar amaze hafi ukwezi kwose ataboneka mu kibuga c'umupira!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante umwaka wa 2019 ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'ihigugu ryarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma. Uku Niko batsindanye: - Les lierres yatsinzwe na LLBS4A!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu wa Gabon Pierre Emerick Aubameyang yitezwe guheka umugwi wa Gabon inyuma yinkino zigera kuri Zitatu zo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za Afcon 2019!-->…
Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Papy Faty amagara yiwe yoba yifashe neza muri kino gihe. Inyuma y'imyaka itatu adahonyoza ikirenge mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ku bw'ingwara!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 02 n'irya 03 Ntwarante umwaka wa 2019 Ihiganwa ry'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rigiye kubandanya mu gice 1/8 gishira icanyuma. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante : Ku!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukunyi w'inyuma w'intamba mu rugamba ndetse n'umugwi Mukura Victory Sport Nshimirimana David ntakibarizwa mu Rwanda . Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 28 Ruhuhuma umwaka wa 2019 niho haguma hakwiragizwa amakuru!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mugihe hasigaye imisi mike gusa kugira urukino rw'intamba mu rugamba hamwe na les Pathères de Gabon rube ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaramaze guhindu Kimwe mu bintu bitotubera gitsitaza!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa Kabiri waraye uheze ingenekerezo rya 26 no kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 Ruhuhuma ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere. Imigwi yatsindanye ukaba yatsindanye uku gukurikira: Bumamuru Fc yatsinze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'igihe kitari gito adatumwako mu Ntamba mu rugamba, Arakaza Mac Arthur yashizwe mu rutonde rw'abakinyi 25 bagiye kwitegurira urukino rwa Gabon mu kwezi kwa Ntwarante . Aganira na Indundi Sport Arakaza Mac Arthur!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.