Mu kiganiro na Indundi Sport, Team manager wa équipe nationale Mutima Constantin avuga ko Saido Berahino atafashwe atwara umuduga aborewe nkuko biheruka kwandikwa . Ngo n'akadoberezo, kubwiwe ngo ntacamutangaje!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya primus league rigiye kubandanya ku ndwi yaryo ya 23 kuva kw'igenekerezo rya 19 na 19 Ruhuhuma . Ku musi wa Kabiri igenekerezo rya 18 Kigarama. - Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Ndaye yashizwe mu rutonde rw'abakinyi 11 bigenjeje neza kurusha abandi muri CAN U20. Ivyo bikaba vyaraye bibaye kuri uyu w'Imana uheze igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka wa!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Warren Cheby Ndayishimiye arabandanya igikorwa yiyemeje co guteza imbere imigwi y'inkino mu bakiri bato, mu kubaronsa ibikoresho vya nkenerwa, eka no mu guteza imbere ingabirano zabo. Kuri uno w'Imana igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza wa kera wa Manchester United Sir Alex Ferguson niwe agiye gusubira kumenyereza Manchester United , kw'isabukuru y'imyaka 20 uwo mugwi utahukanye Champions league . Manchester United ukaba umaze ku menyesha!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon Sports gutsinda As Muhanga. Kuri uyu wa gatanu uheze igenekerezo rya 15 Ruhuhuma umwaka wa 2019 niho hakinwa urukino rwahuza Rayon Sports!-->!-->!-->!-->!-->…
"Agakecuru gahishije ntikabura abuzukuru". Umukinyi w'Umurundi akina mu gihugu ca Australia Elvis kamsoba, igihugu ciwe c'amavukiro gishobora ku mubura umwanya numwanya. Mu kiganiro gito Elvis Kamsoba yagiraniye na!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yarawe ahawe amasezerano yo gukinira Rayon Sports . Hari kur' uyu wa Kane igenekerezo rya 14 Ruhuhuma umwaka 2019, aho umukinyi w'umusatirizi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
CECAFA kagame Cup igiye kubera mu gihugu c'Urwanda, mu nama y’abarongoye CECAFA yabaye Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 09 Nzero umwaka wa 2019 mu gihugu ca Ethiopia, abarongoye CECAFA bemeje ko igihugu!-->!-->!-->…
Umugwi wa Basketball Reg BBC wo mu gihugu c'u Rwawanda wasezerewe mu mahiganwa ya Africa ya Basketball Afroleague . Hari Kur'uwu w'Imana igenekerezo rya 10 Ruhuhuma umwaka wa 2019 umugwi Reg BBC umenyerezwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.