Umunyegori w'Intamba mu rugamba Ndikumana Justin abandanya yitwara neza mu mugwi Sofapaka Fc. Mu rukino rw'ihiganwa ryo muri Kenya ryabaye kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 03 Ruhuhuma Sofapaka Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'imyaka 25 Gael Bigirimana yaguzwe n'Umugwi Hebernian Fc ukina mu cicaro ca mbere mw'ihiganwa ryo muri Ecosse bita Scotland Premiernship. Gael Bigirimana!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Musangati Fc hamwe na Aigle Noir bagiye gucakirana mu rukino rw'igikombe citiriwe Ubumwe bw'abarundi benshi bita Coupe de l'unité. Ni urukino ruzoba kuwa kabiri igenekerezo rya 5 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 30 Nzero umwaka wa 2019 ishirahamwe ry' umupira w'amaguru muri Africa CAF niho ryashira ahabona uko imigwi izohura mu nkino zo kurondera itike rya CHAN 2020!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules niwe agiye gusubirira Bimenyimana bon fils Caleb muri Rayon Sports, uyo musatirizi w'umurundi yahora akinira Sun rise mu mezi atandatu aheze yaciye yipfuzwa na Rayon Sports. !-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uhagurikiye ibujumbura kuwa kabiri w'igenekerezo rya 29 Nzero(01), waraye ushitse amahoro muri Niger . Intamba mu rugamba z'abatarenza!-->!-->!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 21 b'intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 23 bagiye kwitegurira urukino rwa Congo Brazza mu kwezi kwa Ntwarante . Akaba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi Bizimana Aboubakad Karume batazira Sat-b yahwe umwambaro w'Intamba mu rugamba . Hari Ku musi wa Gatanu igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho radio buja FM yari iramutse iha agashimwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 waraye ufashe urugendo wekereza mu gihugu ca Niger . Hari kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 29 nzero umwaka wa 2019 isaha umunani n'igice 14h30!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi Aigle Noir Kanakimana Bienvenue niwe yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Kigarama. Kuri uyu wa mbere igekerezo rya 28 Nzero umwaka wa 2019 Ku kibuga ca Centre Technique National!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.