Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Hussein Shaban Tshabalala yaguzwe n'umugwi wo muri Ethiopia. Hussein Shaban Tshabalala akaba yari amaze imisi 4 ari hano i Bujumbura kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Chelsea waguze ku mukopo umusatirizi w'umugwi Juventus Gonzalo Higuain imukura muri AC Milan aho yari yatijijwe. Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 24 Nzero umwaka wa 2019 niho umugwi Chelsea wo mu bwongereza!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhagarikizi mpuzamakungu pacifque Ndabihawenimana yashizwe mu bahagarikizi bagiye guhagararira inkino za CAN U 20. Akaba yashizwe muri urwo rutonde n'ishirahamwe ry' umupira w'amaguru muri Africa CAF .!-->!-->!-->!-->!-->…
Ntawundi umukinyi azova iburayi kuza kwifadikanya n'Intamba U 20 atari Muhammed Amissi . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Reveriano Ndikuriyo asanzwe atwara inama Nkenguzamateka ndetse n'ishirahamwe!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue ntakije kandi kwifadikanya n'Intamba kubw'imvune. Mu kiganiro uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB akaba ari nawe aramutswa inama!-->!-->!-->!-->!-->…
Ntakwitwaza ubutegetsi canke ubukuru mu rukino ruzohuza Intamba na Gabon, kuko nawe azoriha kandi arihire nabasanzwe bamucungereye. Ivyo bikaba vyavuzwe n'uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 20 ugiye guhabwa amafaranga Ibihumbi amajana atanu 500.000fb buri mukinyi. Ayo mafaranga bakaba baraye bayemerewe na Reverieno Ndikuriyo asanzwe!-->…
Umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar Solskjaer yagize ico avuze kuri Romelu Lukaku . Aganira na kimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu bwongereza aho yabajijwe kuvyerekeye kudakinisha cane Romelu Lukaku akaba!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi wa Basketball Dynamo BBC niwo waraye utahukanye igikombe ca Super Cup utsinze Urunani. Hari kuri uyu wa Mungu uheze igenekerezo rya 20 Nzero umwaka wa 2019 , aho ishirahamwe ry'umupira w'amaboko mu!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi mu murwi Intamba mu Rugamba ndetse n'Umugwi Sun rise wo mu gihugu c'Urwanda yaguzwe na Rayon Sports . Amakuru twasomye muri kimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu Rwanda kiravuga ko Rayon Sports yamaze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.