Umwe mu bakinyi bahamagawe mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 20 yaraye yitwaye neza. Uyo nawe akaba ari Mike Tresor amaze yahamagawe mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba ku!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo guhabwa amasezerano y'umwaka n'igice yo gukinira Lusak Dynamos, Arakaza Mac Arthur yamaze gufata ikibanza ca mbere mw'igori. Mu rukino rwa kivandwimwe Lusaka Dynamos yaraye ikinye n'umugwi Circuit City!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kugira hamenyekane nimba AND ya Cristiano ariyo yabonetse ku mpuzu z’uwafashwe ku nguvu muri 2009, bamusohoreye umutahe wo kumuhagarika. Urubanza rw’ifatwa ku nguvu ryagirizwa umukinyi Cristiano Ronaldo rwasubiriye kandi!-->!-->!-->!-->!-->…
Intamba mu rugamba zemerewe imiriyoni 3 kuri buri mukinyi nizaramuka zitsinze urukino ruzobahuza na Gabon mu ntumbero yo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za CAN 2019 zizobera mu Misiri. Izo miriyoni umukinyi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 uzoserukira u Burundi mw'ihiganwa rya CAN U 20 izobera mu gihugu ca Niger wamaze kumenya imisi uzokina inkino zawo. Ikiranga misi c'izo nkino!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo kunanirwa kwakira inkino za Can 2019 senior kw'igihugu ca Cameron, Misiri nico gihugu catowe na CAF kizokwakira izo nkino. Misiri ikaba yarushije Africa yepfo amanota 16 kuri 1 hakaba hari mu nama yakoreshejwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa ahejeje gushira ahabona Urutonde rw'abakinyi 29 b'Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 bagiye kwitegurira inkino zanyuma za CAN 2019 U 20 zigiye!-->!-->!-->…
Inyuma yaho uwahora arongoye umugwi Messager Ngozi Manirakiza Marc batazira Poshen yatanze imihoho mu mabanga yo kurongora Messager Ngozi uyo mugwi waronse abarongozi bashasha vy'imfatakibaza. Abo nabo akaba ari!-->!-->!-->…
Awahora amenyereza umugwi Les élephans w'i Bubanza Ndeze Ramadhan yatanze imihoho. Ayo makuru akaba yaraye amenyekanye kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 09 nzero . Ndeze Ramadhan akaba yatanze imihoho ata!-->!-->!-->!-->!-->…
Umusatirizi w'Intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yaraye yinjije igitsindo ciwe ca 3 mw'ihiganwa ryo muri Tunisia . Hari mw'ijoro ryo kuri'uwu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 09 Nzero mu gihugu ca Tunisia!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.