kuva mu mpera z’indwi twaraye turangije haratangujwe inkino za VIVA BASKETBALL LEAGUE umwaka wa 2023 . Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 8/04/ 2023 : Umurwi New Star watsinze Kern ku manota 85 kuri 64 , mugihe Urunani…
Mw'ijambo yashikirije inyuma y'ibikorwa rusangi vyabereye ku kibuga citiriwe Intwari , Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n'indongozi zari zaje kwifatanya nawe mu bikorwa rusangi vyo kwubaka…
Ikinyamakuru gikorera ku mbuga ngurukanabumenyi Akeza. Net kibicishije mu gisata ca Akeza Sports caraye giterereye imufuko y'i ciment 50 mu bikorwa vyo kwubaka ikibuga Intwari . Mu kiyago gito uwusanzwe arongoye ico…
Umwigeme w’Umurundikazi Nahimana Sada yaraye avyitwayemwo neza. Hari ku muhingamo wo kuri uwu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 06 Ndamukiza 2023, aho Nahimana Sada yatana mu mitwe n’umugirikikazi Christoffi Elenu…
Umurindikazi Niyonkuru Sandrine yanditse amateka atawundi mukinyi w’umurundikazi akina umupira w’amaguru amaze kwandika . Sandrine akinira umurwi Tutankhamun Fc wo mu cicaro ca kabiri muri Egypt yarangije ihiganwa ariwe…
Igihugu ca Indonesie gitumye Igihugu c’Uburundi gitakaza ibibanza ku rutonde rwa FIFA . Nkuko bisanzwe buri ukwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’ingene ibihugu bisubasumbana ibibanza…
Ubuhinga Ndayishimiye Mike Tresor ariko yerekana mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Bubirigi Jupiler -Pro ari kumwe na Genk nivyo biriko bituma imirwi yo mu bwongereza itangura kumurondera . Mike Tresor Ndayishimiye…
Inyuma y’inkino zibiri za kivandimwe z’Intamba mu rugamba na Indonésie, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League zigiye kubandanya kundwi ya 24. Uku niko imirwi izohura : Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Pacifique Niyongabire yatanguye neza mu murwi mushasha Valour Fc wo muri Canada. Mu rukino rwakivandimwe rwo kwitegurira ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Canada ( Pre -…
Inkino za Tennis mw’ihiganwa ry’isi mu bigeme zitiriwe World Tennis Tour W25 zirabandanya kuri Antente Sportif i Bujumbura . Kuri uwu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 4 Ndamukiza 2023 wari umusi ugira kabiri izo nkino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.