Umukinyi w’Intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue abandanya yitwara neza muri République Tchèque. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 , aho umurwi MFK Vyskov wahura n’umurwi Slavia Prague B mu rukino…
Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2023 aho umurwi Zanaco ukina mu cicaro ca mbere muri Zambia wari uramutse wakira umurwi Kansashi Dynamos Fc mu rukino rw’indwi igira 30 y’ihiganwa ryo muri Zambia…
Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y'umupira…
Mu gihe agahengwe katari bwaboneke kubera amakuru ya wa munonotsi w'umugabo aheruka kumenyekana ko agiye kuzohiganwa ari umunya Espagne, none Francine Niyonsaba nawe akojeje agati mu ntozi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Abatari bake mu barundi ngo barashigikiye ingingo yafashwe n'umunonotsi w'umurundi Ndikumwenayo Thierry, naho bamwe bamufashe nk'igihemu kuko asa n'uwateye umugongo Uburundi. Amakuru mashasha yabonetse…
Inyuma y’ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kugira kize kirakira inkino mpuzamakungu, ibibuga vya Basketball, Volleyball , Judo n’ibindi nivyo bizokurikira kandi bizokwubakwa mu kibanza kimwe . Ivyo…
Cocoda n'umuririmvyi w'umurundi aba muri l'ETA zuze ubumwe bwa Amerika igituma yasokoye mw'ihiganwa ritegurwa na DICOBU ngo nuko yaronse ingorane zo muri Famille yamara abategura iryo higanwa arabemera.…
Ivyirwa vy’ibuhagarikizi vyari bimaze imisi igera kuri 6 biriko bihabwa aba nya Bujumbura vyaraye bisozerewe. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2023 isaha zibiri zo mu gitondo 8h00 i kiriri , aho…
Inyuma yaho igisata c’abahagarikizi muri FFB kigiriye ico gikoze mu gutanga inguvu zaco no guterera imifuko y’isima 100 ku nyubako y’ikibuga c’itiriwe Intwari , n’igisata c’abigeme nticasigaye inyuma . Hari ku musi wa…
Abajejwe umuteko no kwivuna abansi mu gihugu nabo nyene ntibasivye kugira ico baterereye ku nyubako y’ikibuga citiriwe Intwari. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2023 Isaha zibiri zo mugitondo (8h00) ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.