Umurwi wa Basketball Remesha ubandanya werekana ko ufise ihangiro rikomeye cane muri uno mwaka wa 2023. Uwo murwi ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Ntwarante 2023 , waratunganije ihuriro rya bose ( Ansemblée Général) ,…
Umurwi wa Basketball Remesha BBC urafise urubanza rudasanzwe ejo Aho bukera kw' igenekerezo rya 11/3/2023. Hategekanijwe inama ya bose, kugira bitunganye neza mu mwaka wa 2023. Muri Remesha BBC, bakazoha akaryo…
Mista Champagne yoba yatanguye gukurikira impanuro yahawe na Kajala aho baganira mu Kuzindukira muri Gym, kuko ngo afise ivyo yamuhanuye vyotuma uwo musore afata umubiri wiwe neza. Ivyo bigaca bituma abantu bibaza nimba…
Imvune niyo itumye Mohammed Amissi atitabira inkino zibiri za kivandimwe z’Intamba mu rugamba . Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Ntwarante 2023 , Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yaraye ashize…
Umurwi OGC Nice ukinamwo umukinyi w’Intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange waraye utsinze umurwi wa SheriffTiraspol wo muri Moldavie igitsindo 1-0 mu rukino rwa mbere rw’igice ca munani gishira icanyuma ( 1/8) mu…
Umumenyereza Mukuru w’umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba ahejeje gushira ahabona abakinyi 30 agiye kwifashisha mu nkino zibiri za kivandimwe uburundi bwimirije gukina na Kenya hamwe na Indonesie ku ma genekerezo ya…
Umurwi wa Bumamuru Fc ugiye gutakaza umusatirizi wabo akomeye Shassir Nahimana . Uwo mukinyi akaba yaguzwe n’umurwi wa Bandari Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya . Akaba yemeranije n’uwo murwi amasezerano yo…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakinyi bakina hano iwacu , waraye utanguye imyimenyerezo ya mbere ku kibuga ca CTN kiri mu Ngagara . Iyo myimenyerezo ikaba yari yitabiriwe n’abakinyi batari bake…
Umurwi nserukira gihigu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe mu gihigu ca Indonesie . Vyavurwa ko Uburundi buzokina na Kenya inkino zibiri za kivandimwe izo nkino zikazobera muri Kenya ariko…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku ruhande rw’abigeme Lumitel Women’s League ryarabandanije kundwi igira 14 . - Umurwi Etoile du Matin watsinze Onze étoiles igitsindo 1-0 - PVP Buyenzi inyuma yo gukubitwa impaga yanse gukina…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.