Gén de Bgde de Police Muyenge Muyenge Alexandre yakirwa na Gianni Infanino . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , niho uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB ) Géneral de Brigade de…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Sudi Abdallah ariko arigenza neza muri Malaisya. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 aho umurwi Kelatan Fc wari wakiriye Kuching City Fc mu rukino rw’indwi ya mbere…
Umukinyi w’umurundikazi akina muri Egypt Sandrine Niyonkuru gushika ubu ntararonka uwumuhagarika . Kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruhuhuma 2023 , umurwi TUT Fc wari uramutse ukina na Amereya Fc. urwo rukino rukaba…
Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2023 , ihiganwa rya Basketball Nani Mkali ryaratanguye . Umurwi wa Tigers w’i Makamba warashoboye gutsinda Les Hippos amanota 80 ku manota 60, mugihe urukino rwari…
Uwo mumenyereza yarigize kumenyereza abakinyi bakomakomeye ba hano iwacu nka Jimmy Ndayizeye , Cedric Kaze , Blaise Karorero , Thierry Karorero n’abandi . Yaciye muri Flamengo Fc , Rumuri Fc hamwe na Athletico Olympic…
Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yashize ahabona Staff bazokorana mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba . Abo bagiye gukorana akaba ari aba bakurikira : 1) Icegera ciwe : Patrick Sangwa…
Mu mpera z’ino ndwi , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba rigeze ku ndwi igira 21. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 : - Isaha indwi 13h00 ku kibuga Urunani Umurwi wa Rukinzo Fc…
Mow Kanzie asubiriye Kandi kuvugwa n'abatari bake mu bamukurikirana ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, Inyuma yo gushirako amashusho atandukanye. Uwo muririmvyikazi yaragize imisi avugwa mu rukundo na…
Mkombozi mu myaka irenga 6 yamaze atari mu Burundi yaje atubwira Ko afise ibikorwa vyinshi yakoreye mu mahanga, twagumye tubirindiriye tutabibona ariko ubu ngo aravuye mugacerere. Nkuko yari yavuze ko azokora ibiteramo…
Nkurunziza Yannick batazira Mkude yashize umukono ku masezerano yo gukinira umurwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Turquie witwa Antalyaspor. Uwo mukinyi yari ameze amezi ari mw’igeragezwa muri uwo murwi , bikaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.