Abakinyi b’abarundi babandanya bigenza neza mw’ihiganwa ryo mu gihugu c’urwanda . Mu mpera z’indwi yaraye iheze , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Rwanda ryari ryabandanije kundwi igira 7 aho umugwi Kiyovu Sports ukinamwo…
Umukinyi winyuma w’intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf abandanya yigenza neza mu gihugu ca Turquie . kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31 Gitugutu 2022 , umugwi Istanbul Basaksehir wari kiriye umugwi Gerisunspor mu…
Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba ushobora gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côté d’Ivoire . Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre asanzwe…
Ihiganwa ryo gusiganwa n'amakinga ku ruhande rw'abigeme ryaraye risozerewe mu ntara ya Gitega ku murwa mukuru wa poritike. Abanonotsi bafashe ikibanza kuva mu ntango z'iryo higanwa gushika mu mpera zaryo…
Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 Gitugutu mu gihugu ca Kenya aho umugwi nserukira gihugu wa Handball w’abatarenza imyaka 18 watahukana igikombe co mu karere ka Africa y’ubuseruko utsinze igihugu c’Urwanda ku…
Umugwi wa Basketball w’abigeme wa hano iwacu Young Sisters waraye utahukanye igikombe ca Legacy Tournament mu gihugu c’Urwanda. Mu rukino rwa nyuma rwabaye igenekerezo rya 29 Gitugutu 2022, Young Sistes watsinze IPRC w’i Huye…
Umugwi wa Basketball Urunani waraye wandikishije amateka mu gukatisha itike yo kuja mu nkino za Elite 16 udatakaje urukino na rumwe mu nkino za Road To Ball zariko zibera mu gihigu ca Tanzania. Urunani urukino rwa mbere…
Cynthia Ishimwe umuhagarikizi w’umurundikazi wa mbere mu mateka y’inkino zo kumusenyi (Beach Soccer ) yashoboye gukezwa n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF. Cynthia yaraye yanditse amateka mu kuba umuhagarikizi…
Umugwizatuga Richard Kaderi wo mu ntara ya Muyinga niwe yashimiwe n’uwurongoye umugwi Olympic Star w’Imuyinga, Général Major Ildéphonse Habarurema. Agashimwe yahawe kakaba arako kumushimira kubora ishirahamwe ryiwe rya…
Saido Ntibazonkiza yasubiye itoto mu gihugu ca Tanzania inyuma yo kugurwa na Geita Gold . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Gitugutu 2022 aho umugwi Geita Gold ukinamwo Saidi Ntibazonkiza na Arakaza Mac Arthur wari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.