Inkino zikinirwa kumusenyi kuri Big One Way mu Kajaga zigiye kubandanya . Ikirangamisi kikaba kimeze uku gukurikira: Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 12 Munyonyo 2022: -Isaha zibiri zo mugitondo 8h00 , Umugwi Bibamba…
Umugwi Kiyovu Sports uhejeje kwirahira Rayon Sports mu rukino rwari rwitabiriwe n’insinzi ry’abantu . Hari ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 11 Munyonyo 2022 , aho umugwi Kiyovu Sports wari…
Umukinyi w’umugwi Dynamo Mamadou Dioume yahanywe na FEBABU. Hari ku musi wa gatatu uheze igenekerezo rya 04 Munyonyo 2022 , niho umugwi New Star wahura n’umugwi Dynamo mu rukino rw’igikombe ca CRDB CUP catunganijwe…
Ihiganwa ry’igikombe c’Umukuru w’igihugu ku ruhande rwa Volleyball rigiye gutangura . ikirangamisi kikaba kimeze uku gukurikira : Ku musi wa Gatandatu 12/11/2022 hazokinwa inkino 5 ku ruhande rw’abagabo. - Isaha…
Umukinyi w’umupira w’amaguru Michel Rashid yigeze gukinira umugwi Academy Tchite wa hano iwacu igihe wa umenyerezwa na Jimmy Ndayizeye yitavye Imana abanje kunirwa . Hari ku musi wa Gatandatu igenekerezo…
Umugwi w’urunani BBC waraye utsinze umugwi Remesha mu gace kanya ( quart temps) uwurushije amanota 5 gusa . Hari ku mugoroba wo kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 08 Munyonyo 2022 aho umugwi Urunani wari uramutse ukina na…
Umugwi w’urunani wari umaze imisi uriko userukira igihugu mu nkino za RoadtoBal uza guhura n’umugwi Remesha mu gikombe ca CRDB CUP. Urwo rukino ruza kuba kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 08 Munyonyo 2022 isaha…
Ishirahamwe rya Karate ryo mu Burundi ryitwa Dragon Junior ryaraye rihimbaje umusi mukuru waho bakwije imyaka 25 rishinzwe . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 06 Munyonyo 2022 , isaha zitanu zo mugitondo…
Umugwi w’intamba mu rugamba muri Handball w’abatarenza imyaka 18 waraye utsinze umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba mu batarenza imyaka 20 mu rukino rwa kivandimwe rwo kwigina igikombe co mukarere ka Africa…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 uhejeje gusezererwa muri za nkino za CECAFA zo kurondera itike ya CAN -20 zariko zibera muri Sudani . Uburundi bukaba bwatsinzwe na Sudani…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.