Umwaka w'akaruhuko zinedine Zidane yihaye ngo coba atarico kiri mu mutwe, ariko Ari ubundi bwoko bw'umukenyuro kugira abashe kugira ico aronka neza. Umwe mu begereye uwo mumenyereza rurangiranwa, yavuze ko Zidane…
Mu gihe imbuga-hwaniro zitandukanye ziriko zirakora ibishoboka vyose ngo biyegereze abantu benshi bashoboka, Neymar naho yavunitse, we yironkeye agafaranga muri urwo rugamba rukaze. Guhera kuwa 17/12 umukinyi wa PSG, Neymar…
Ishirahamwe ridandaza inzoga GALAXY -BUSINESS -COMPANY harimwo n’ikinyobwa Windboch rihejeje kugiranira amasezerano kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Kigarama 2021 na Agence NDUNDI TEAM ALL BUSINESS mu ntumbero yo…
Inzu ihinyanyura impuzu Dior yahaye amasezerano umwe mu bakinyi bakomeye kw'isi, Kylian Mbappe. Mbappe ahawe amasezerano mu gihe umugwi asanzwe akinira, PSG, nawo waheruka kugiriranira amasezerano n'iyo nzu ihingura…
Imodoka, inzu n’ibindi bikoresho bitandukanye umukinyi w’umupira w’amaguru Diego maradona yakoresheje akiri muzima, ngo bigiye gushirwa kw’isoko bigurishwe. Idandazwa ry’ivyo bikoresho ngo vyemejwe n’abana biwe, kugira…
Abakurikirana ibica ku mbuga ngurukanabumenyi, mwarabonye urukurukuru rwatangajwe hirya no hino mu misi iheze ko hari umurundi ngo ashobora kuzokina muri Fast and Farious, agasubirira The Rock, ariko abantu batari bake baza…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2021 , niho Ndayishimiye Warren Chebby umurundi asanzwe aba mu Bwongereza yagendera umugwi wa Gitega Academy, intumbero yo gufata urugendo rumushikana i Gitega ku murwa mukuru…
Inyuma yo kwirahira umugwi Cap town tigers ku manota 83 kuri 71, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 07 Kigarama 2021, uwo mugwi New Stars wasubiye kandi utana mu mitwe n’umugwi wa Matero Magic kuri uyu wa gatatu…
Apotre Jean Paul Manirakiza ngo ugusenga n’urukino rwa Basketball birajana, ivyo nivyo uwo mutware wa FEBABU yishuye aho yabazwa ko ukuba umutware waFEBABU n’ugutwara urungero bijana. Muri ico kiganiro na Jimbere Magazine,…
Neymar Junior ngo indwi ziri hagati ya 6 n’8 nizo zishobora kuzohaca imbere yuko uwo musore w’umunya Bresil asubira kuboneka mu gitigiri c’abakinyi ba PSG baja mu kibuga guhiganwa. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umugwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.