Ivyo ZInedine Zidane ngo yasavye kugira aje kumenyereza umugwi wa PSG, ari nka hamwe bavyemeye ngo bishobora kutazoryohera Lionel Messi. Uwo mumenyereza aheruka gukinjura muri Real Madrid, ngo yoba yasavye ko aramutse ashitse…
Ikibazo c’aberorezi mu kwinjira ku bibuga canke mu biteramo babanje kuriha amahera mu kugura ama tike cakemutse. kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 04 Ruhuguma 2022, mu nyubakwa za Martha Hotel i Bujumbura…
Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi w’imyaka 20 akina mu gihugu ca Hollande Amoros Nshimirimana yaguzwe mu mugwi wa Helmond Sport wo mu cicaro ca kabiri. Nshimirimana Amoros akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo…
Bashajije nkuko babigize umugenzo bompi, abarongozi b' amashirahamwe y'inkino z'amaboko aribo Apôtre Jean Paul Manirakiza aramutswa FEBABU, kumwe na Général Serges Ntakavura aramutswa ishirahamwe rya…
Kuri uyu wa Gatatu waraye uheze i genekerezo rya 19 Nzero 2021, Umurundi aba mu bwongereza Ndayishimiye Warren Chebby , yashiriye ibitabo kazinduzi (Dictionnaire) biri mu rurimi rw’icongereza bishika kuri 60 kw' ishure…
Umwe muba Dj bari mu birori vyitabiriwe na Lionel Messi muri Argentine mu misi iheze yiswe umwicanyi na bamwe mu Bantu bakoresha imbuga ngurukamabumenyi. Iryo bara ryambitswe uwo mu Dj ngo ryavuye kuko yoba…
kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Kigarama 2021 , Isaha zine 10h zo mugitondo kuri CTN , niho uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi , Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yashoboye…
kuvaho Saido Ntibazonkiza agiriye mu mugwi Young Africans abarundi batari bake baciye batangura gukurikirana umupira wo muri Tanzania mbere benshi bakaba baciye bagura Décodeur za Azam Tv kubera uwo mukinyi…
Samuel Eto’o Fils yahoze ari umukinyi akomeye w’umupira w’amaguru ariko uno musi asigaye atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Cameroun ngo araheranye bikomeye. Uwo mugabo w’imyaka 40 y’amavuko ngo araheraniye…
Igipolisi co mu buhindi cahavuye gifata isaha izimvye cane y’umuhisi Diego Maradona yari yibiwe i Dubai haraheze imyaka. Hampande y’ugufata iyo saha izimvye cane yakozwe n’uruganda rwo muri Suisse rukora amasaha rwitwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.