Uwutarumva Audio ya Niyonsaba, yarahomvye kanini, kuko hampande y’iyo yaheruka gukora ashimira abamusengeye, ubu naho yakoze iyindi yipfuriza abamukurikirana Week end nziza. Francine Niyonsaba kuri uyu wa gatanu yasubiriye…
Abigeme benshi bama bipfuza abagabo babakwa ariko kuri Francine ivyo we ngo aracabibona nk’indoto. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2021, isaha zine zo mu gitondo niho umunonotsi w’umurundikazi Niyonsaba…
Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 25 Nyakanga 2021 niho umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana yaraye…
Uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Umukenguzamateka Révérien yaraye akeje bimwe bivuye ku mutima umunonotsikazi w’umurundi Francine Niyonsaba ku mateka yaraye akoze mu gufata ikibanza ca mbere ku metero…
#Indundi Sports|Francine Niyonsaba asubiye kandi kwenurira abandi ku metero 2000 Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Nyakanga 2021 , Isaha imwe n’igice 19h30 niho umunonotsikazi w’umurundi Francine Niyonsaba…
Mu kiganiro aheruka gutanga umukuru w’igihugu kibanyi c’Urwanda Paul Kagame, yavuze ko atazota umugwi wa Arsenal ngo nuko uno musi utifashe neza, kuko ibihe bariko baracamwo bashobora kubisokokamwo umwanya n’umwanya. Muri ico…
Francine Niyonsaba I Tokyo mu buyapani aho yari mu nkino za Olympique ngo yararenganijwe, ivyo n’ibishikirizwa n’umumenyereza wiwe barikumwe, kandi yanakurikiranye ivyabaye. Mu kiganiro na n'ikinyamakuru Akeza, uwo…
Mu bucagucagu bwo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Nyakanga 2021, niho imigwi ya Messager Ngozi na Bumamuru yurira indege imwe ija guserukira igihugu. Umugwi Messager Ngozi watwaye igikombe ca Primus league wowo…
Amakuru indundi Sports ihejeje kuronka muri kano kanya n’uko umugwi Aigle Noire The Fighters umaze kwerekeza mu gihugu ca Tanzania mu gisagara ca Harusha. Amatwi adusumira n’uko uwo mugwi woba witabiriye ubutumwa warungikiwe…
Umusatirizi w'umugwi w'abafaransa PSG, akomoka muri Bresil, Neymar ngo amafaranga uwo mugwi wamutanzeko waramaze kuyunguka. Imiliyoni zirenga 448 z'amafaranga ya buraya niyo ngo uwo mugwi wasohoye kuri uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.