Uwahora ari umumenyereza w’umugwi Bujumbura City wo mu cicaro ca mbere muri Primus league Hakizimana Alexis yitwariye umugwi Bujumbura City mu gisata kijejwe amategeko mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB.…
Umunyegori Arakaza Mac Arthur yamaze gushika mu gihugu ca Turkey, akaba yajanywe n’ishirahamwe Camp Profile ririmwo aba Agents batari bake bo mu bihugu vya burayi , abo ba Agents bakaba bariko batora abakinyi batandukanye…
Mu gisagaca ca Gitega umugwa wa Poritike hagiye kwaka umuriro bivanye n’ingene ibirori vyo kwerekana abakinyi ba Musongati bashasha biriko bitegurwa. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 07 Myandagaro isaha zitanu zo…
Hagiye kwaka umuriro mu rukino rwa kivandimwe rugiye guhuza umugwi Athletico New Oil hamwe na Rukinzo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 01/08/2021 isaha icenda 15h 00 ku kibuga Umuco . Urwo rukino rukaba ruzoba ari urwo…
Kwambara ico benshi bita Bikini mu gihe bakina umukino wa Beach Volleyball ku bigeme, n’ibisanzwe ku bazungu, ariko kubera umuco w’abanyafrika n’umuco w’abazungu bidahuza ku nyambaro zimwe zimwe, vyatumye uwo mwambaro utavuko…
Ndikumana Djuma yafashije Umugwi Olympi Star w’i Muyinga kurangiza igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league 2020-2021, uri mu kibanza ca mbere amasezerano yiwe n’uwo mugwi yararangiye. Ndikumana…
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere, aho bariko bavuga ku bijanye n’itanguzwa rya Euro 2021, Cristiano Ronaldo yatangaje abantu aho yahindura ivyari ku meza yari yicayeko. Amacupa 2 ya Coca Cola yayahinduye…
Umugwi Flambeau du Centre ubandanya wiyubaka neza kugira witegurire neza ihiganwa ry’umwaka wa 2021-2022. Urukurukuru niyo nkuru , amakuru indundi Sports ihejeje gutohoza ubu nyene kandi ariyo ni uko umugwi Flambeau du…
Umugwi wegukira igisagara ca Bujumbura ariwo Bujumbura City wahaye amasezerano uwahoze ari umumenyereza wa Aigle Noir na Les Crocos , Niyonkuru Gustave. Ntituramenya amasezerano Niyonkuru Gustave yagiraniye n’uwo mugwi…
Uburundi bwaraserukiwe mu mahiganwa RAC Repêchage 2021 mu rukino rwa Rugby aho bitegekanijwe ko umurwi nserukiragihugu Intambwe uzokwakira Burkina Faso i Ouagadougou kw'igenekerezo rya 5 Ruheshi 2021 . Uwo murwi uzohura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.