Mu mpera z'ino ndwi ku wa gatandatu no kuri uyu w'Imana mu gihugu ca Sénégal hategekanijwe ihiganwa rya Africa mu rukino rwa Taekwondo. Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi waserukanye abakinyi batatu : - Arthur…
Mu birori vyo gutora abakinyi bitwaye neza mw'ihiganwa rya Primus ligue 2020 vyari vyitabiriwe na bamwe mu bategetsi bakomeye mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru, umukenguzamateka Révérien Ndikuriyo…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Ruheshi 2021 , isaha umunani 14h00 ku kibuga Gatwaro mu Kayanza niho imigwi ya Flambeau du Centre na Bumamuru izotana mu mitwe mu rukino rwa nyuma rw’igikombe citiriwe Umukuru…
Inyuma yo gusezerera umugwi Musongati Fc mu rukino rw’igice ca kabiri gishira ica nyuma c’igikombe c’Umukuru w’Igihugu, umugwi Flambeau du Centres wahawe imiriyoni 10 n’uwusanzwe atwara uwo mugwi umugwizatunga Kazohera…
Nkuko bisanzwe biri buri kwezi ishirahamwe BCM ( Best Coach Of The Month ) rihurikiyemwo abakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi no hanze y’igihugu ryiyemeje kuzoba rihesha agaciro abamenyereza b’ihiganwa ryo mu…
Umukinyi w’umusatirizi wa Kayanza United Rukundo Abdoulrahman batazira Paplay niwe abaye umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa rya Primus league 2020-2021. Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021…
kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Prinus league rizoba rigeze kumusozo. Umugwi Flambeau du Centre niwo uri mu kibaza ca mbere vy’imfatakibanza , mugihe Umugwi…
kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 23 Rusama 2021 Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , Umugwi Messager Ngozi uzoba uriko wakira bene wabo Flambeau du Centre basanzwe bari muri Academy imwe . Urwo rukino rutaza kuba…
kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Rusama 2021 isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , haza guca uwambaye hagati ya Vital’o Fc hamwe na Inter Stars mu rukino rw’indwi ya 29 rwa Primus league Burundi . Urwo rukino…
Mu Burundi twarabonye abanyegori batari bake bitwara neza mu nkino za Primus league , muri kino gihe Ndikuriyo Patient wa Kayanza United niwe agezweho. Uwo munyegori wa Kayanza United avukana n’umunyegori…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.