Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane urimwo abakinyi…
Inyuma yo kunganya na Delta Star igitsindo 1-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo guhiganirwa itike ryo kuduga mu cicaro ca mbere , les Elephants niwo waronse amahirwe yo kuduga mu cicaro ca mbere . Mu rukino rwo gutangura…
Mu gihe umugwi w'igisirikare c'Uburundi Muzinga Fc wari uhejeje kwirahira Top Junior ibitsindo 9-0 ku musi wa gatandatu uheze ivyatumye basubira kuduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka 3 bari mu cicaro ca…
Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b'impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs Dynamik mw'ihiganwa rikurikira. Kuri urwo rutonde…
Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka itatu bari mu cicaro ca kabiri , uwurongoye…
Mu gihe benshi bibaza ryari urukino rwa Finale rw'igikombe c'umukuru w'igihugu ruzoberako , kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 03 Mukakaro 2020, niho mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza wayo wa mbere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.