Imirwi ine niyo yari imaze igihe iriko itana mu mitwe mw'ihiganwa ryatunganijwe n'imishana ihurikiyemwo abakinyi bava mu mirwi itandukanye ya hano iwacu mu gisagara ca Bujumbura. Mu mpera y'indwi irangiye niho…
Inyuma yo gusezerera umugwi wa Aigle Noir The Fighters bawutsinze ibitsindo 2-1 mu rukino rwo gusubiriza rw'igikombe c'Umukuru w'igihugu , Umumenyereza wa Rukinzo Fc Amissi Bagumako yashimishijwe n'iyo…
Izina ry'umupfasoni Lydia Nsekera umurundikazi asanzwe arongoye CNO ryaravuzwe mu binyamakuru vyo muri Africa ko ariwe ahabwa amahirwe yo kurongora ishirahamwe rihuza amashirahamwe y'umupira w'amaguru CAF…
Kuva mu kwezi kwa mbere, ishirahamwe rya volleyball mu Burundi ryaratunganije ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu. Imirwi cumi n'umwe harimwo itanu yo mu gihugu hagati niyo yitavye mu bagabo mu gihe mu bapfasoni…
Hamaze imisi hariko harakwiragizwa inkuru ivuga y'uko uwigeze gutwara Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB, akongera agatwara CNO ( Comite National Olympic ) mu Burundi Umupfasoni Lydia Nsekera yoba…
Mugihe aho hambere ikibuga c'imakamba citwa Peace Park Complex muri kino gihe camaze kwongerezwa irindi zina iryo naryo nirya nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu c'Uburundi Petero Nkurunziza . Ivyo bikaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.