Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Rusama 2020, niho twabona ikete rya bamwe mu barongoye imigwi yakirira inkino ku kibuga c'intwari bari bagiye hamwe bandikira uwutwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Mugihe ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryamaze gufata ingingo yo kwemerera abakunzi b'imigwi iyariyo yose ikinira ku kibuga c'intwari kuzohora ijana abarorerezi 50 kuri buri mugwi,…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020 , ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 28, imigwi izohura uku gukurikira : Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/05/2020 : - Isaha icenda…
Nkuko bizwi abakunzi b'umupira w'amaguru mu Burundi bifadikanije n'Umumenyeshamakuru wa Radio Isanganiro Kwizera Ismail bamaze amezi bariko batanga udushimwe Ku bamenyereza b'imigwi ya Primus league bama…
Inyuma yaho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB rifatiye ingingo abarorezi kudasubira kurorera inkino izarizo zose zibera ku kibuga c'intwari kumvo z'uko mu rukino rwa Inter Star na Musongati…
Kizigenza w'umugwi wa Vital'o Fc Saido Ntibazonkiza arashima cane kubona abanya gihugu bitavye akamo ko kwitabira urukino bari batunganije. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 22 Rusama 2020 isaha icumi 16h00, niho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.