Inyuma y'aho inter Star itsindiye Vital'o Fc ibitsindo 2-1 mur Derby yaraye ibahuje, umumenyereza wa Vital'o Fc Sahabo Pariss yavuze ico abona babuze kugira bashike ku ntsinzi ndetse aranavuga icatumye Saido…
Ku makuru Indundi Sports ihejeje kuronka ni uko umukinyi w'inyuma w'umugwi wa Vital'o Fc Muryango Moussa ashobora gufatirwa ibihano n'uyo mugwi canke akirukanwa burundu. Imvo ni uko kw'igenekerezo…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha zitanu zo mu gitondo 11h00 niho abahoze ari aba kizigenza b'umugwi w'intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selemani hamwe na Ntibazonkiza Saido…
Intsinzi ya Messager Ngozi y'ibitsindo 2 kuri 1 ca BS Dynamik yatumye Messager Ngozi yiyongera amahirwe yo gutahukana igikombe ca Primus league co muri uno mwaka (2019-2020). Messager Ngozi isigaje urukino rwa Inter…
Umumenyereza w'umugwi wa Rukinzo Fc , Amissi Bagumako yaraye ashikirijwe agashimwe k'umumenyereza yavyitwayemwo neza mu kwezi kwa gatatu. Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha icenda 15h00…
Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w'Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije kundwi ya 10, uku niko imigwi yatsindanye : - Umugwi wa Telaviv watsinze…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.