Ngo ivyavuzwe ko batakibarizwa muri Bantu Bwoy ngo Sivyo ahubwo kwabaye ukwifatanya n'umusi. Aho ni mugihe vyanditswe aha na hariya ko basezerewe batakibarizwa muri Label ya Bantu Bwoy bikanamenyeshwa na CEO wa Bantu!-->!-->!-->!-->!-->…
Aho bashika ku kibuha c'indege ca Bujumbura Sat-b na Kent-P bafise umunezero udasanzwe niho bemeza ko ibikorwa ari nk'imvura kuko ngo stock yuzuye ibikorwa vy'abana ba Empire avenue ndetse nawenyene Sat-B!-->!-->!-->…
Kubwa Masterland igiteramo cobaye kuwa 21 Ndamukiza cungurujwe kwitariki itaramenyekana nk'uko abishikiriza. Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2019 niho uwusazwe arongoye inzu y’ubuhinyanyuzi bw’indirimbo!-->!-->!-->!-->!-->…
Sheebah Karungi i Bujumbura ku butumire bw'abarongoye Cristal Event agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo. Inyuma yugutegura igiteramo cari citezwemwo Meddy munyuma nticaba kikibaye ubunaho abasanzwe barongoye Cristal!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yaho bivugiwe bikaba nk'ururirimbo ko abaririmvyi b'abarundi baba hanze y'igihugu badakunze kugendera mu gihugu c'amavukiro ngo bamenye aho umuziki w'uburundi ugeze n'ibiba bigezweho!-->!-->!-->…
Mu mpera z'ino ndwi twaraye turangije niho umuririmvyi Nziza Désiré azwi kw'izina rya Dissarlui yashika i London avuye i Texas gukora amasanamu y'indirimbo "Murasa", indirimbo yahinyanyuriwe mu!-->!-->!-->…
Nka hamwe vyoshika umugwi Mirrow Team ugasubira kwiyunga, Aime Loveness ngo ntiyoba agikorana nawo nk'umugwi aravye ahageze gushika ubu yikorana yamara ngo collabo yo yoyemera. Nk'uko yaraye abishikirije mu kiganiro!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 25 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yaronka amahirwe y'ukubonana na Nyenicubahiro umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA. Mu mubonano yahawe na Nyenicubahiro umukuru!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha yatahuka avuye mu gihugu kibanyi c'Ubuganda kuzana agashimwe yatahukanye muri Hipipo Music Award akaba yagatsindiye akubise hasi!-->…
Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n’umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa Facebook ishusho!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.