AKes ntahakana kandi ntiyemeza ko hoba hari amajambo y'urukozasoni mu ndirimbo yiwe yakoranye na Akes don, ariko akavuga ko hari amajambo arimwo atahura abakuze. Indirimbo ya Akes don na B Face ngo nta majambo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Big Fizzo ari mu bahawe ubushimwe, ariko kandi yari yasa n'uwagaye itegurwa ryavyo mu misi yahera, uwo muririmvyi yahavuye akora ivyo bamwe bavuga ko ari ukunegura ubushimwe bahawe. Muri ino week end icariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yoba yanyazwe inzu yiwe iri muri afrika y’epfo, amazina yari ayanditswe agahindurwa noneho bakayishira ku mazina y’umugore. Mu gihe muri ino misi havurwa cane ivy’ubugeni bwa Diamond, amakuru ava muri!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubera urupfu rwa Simbavimbere, abaririmvyi bamwe bamwe batanguye guhagarika ibikorwa bari bafise. Masterland yahagaritse ibikorwa vyose afise bijanye n'umuziki gushika umusi w'ifubwa ry'umuhisi Bruno!-->!-->!-->!-->!-->…
Bruno Simbavimbere alias Member, président de l'Amicale des musiciens du Burundi Bruno Simbavimbere alias Member, président de l'Amicale des musiciens du Burundi, AMB en sigle, n'est plus de ce monde. Sa mort est!-->!-->!-->…
Hampande y'ibiguma n'ububabare bwa cane, ngo ibura ry'uburyo naryo ryoba riri mu vyasonze Bruno Simbavimbere, akitaba Imana. Bruno simbavimbere benshi bazi nka Member yitavye Imana kui uyu wa gatanu inyuma y'imisi!-->!-->!-->!-->!-->…
Ngendabanka Natacha ngo ama Awards yipfuza n'ayaboneka, ayiyubashe. nayo iyo muri Burundi Talent Awards bari bamuteguriye ngo nibayihe Chany Queen nawe nyene yarakoze neza. Natacha Ngendabanka aho ageze ngo saho!-->!-->!-->!-->!-->…
Kidum asubiriye kandi kumenyesha ko abariko bategura akajagari mw'itangwa ry'ubushimwe ririko rirategurwa yamaze kubamenya, uwo akavuga ko ata kindi kibagenza atari ishari gusa Inyuma yaho amenyeshereje ko yatohoje!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubu aho bigeze, bavugishije Instagram , R Kelly yovuga Natacha akitabira kuko ubu bose bahagaze rugabo ku bantu 1,300,000 babakurikirana. Uretse ko amusumvya amashusho n'amasanamu amaze gushirwa ku rubuga rwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Iyaja kutaba umuririmvyikazi, Butera Jeanne benshi bazi nka Knowless ngo yari kuba umusirirkare. Hamenyekanye akandi kazi Butera Jeanne benshi bazi nka Knowless yari gukora iyo ataba ari umuririmvyi. Ivyo bikaba biheruka!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.