Indirimbo nshasha Meili yaheruka gushikiriza ko vuba ija ahabona, yahavuye amenyesha akazina kayo, n'uwo bayikoranye. Inyuma y'urugendo yaherukamwo mu gihugu c'Ubugande, bivugwa ko uwo muririmvyikazi yakozeyo…
Ivyashikirijwe na We Love Music ko watandukanye na Management bahoramwo ariyo db Music Entertaiment bishobora kuba ari impfagusa kuko amasezerano bari bafitaniye n’iyo management ngo ntirahera. Don Brighter asanzwe arongoye…
Impari muri kino gihe ni zose ku kijanye n’abasanzwe bakora umwuga wo gutamba babicishije ku mbuga zisanzwe zihurirako benshi, les reseaux sociaux mu kinyamazuru, kuko ngo baterekwa indirimbo za hano iwacu. Izo mpari zikaba…
Amakuru agize imisi ariko aracanacanako ni amakuru y'ubugwayi bwa Yvan Buravan umwe mu baririmvyi b'abanyarwanda. Mu gihe ubutumwa butandukanye bubandanya buva hirya no hino bwo kumwihanganije, hari abavyikika…
Drama T ngo yoba aharurwa mu baririmvyi b’abarundi bambara neza gusumba abandi, kuko hampande y’ukuba yandika neza ngo ukwambara neza vyoba arivyo vyatumye amenyekana cane, kuko abantu bari batanguye kwibaza ko coba arico…
Mu gihe hano iwacu ivyo kwitwa amazina mu muziki bisa n’ibitavugwako rumwe na bose, aho hari na bamwe bavuga ko bihariye amazina y’abandi, Kidum we siko abibona. Uwo muririmvyi w’umurundi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe vya…
Merveille azwi cane nka Meili muri uno muziki wa hano iwacu, ngo n'umufana akomeye wa Ykee Benda, umuririmvyi w'umugande. Uwo nawe nyene ngo nawe akunda indirimbo za Meili kubi. Ivyo n'ivyo uwo muririmvyikazi…
Umuririmvyi Mkombozi ugerageje kumviriza indirimbo ziwe,amajambo yiwe ntasiba guhamagarira abarundi gukunda igihugu cabo na cane cane ko bokwitaho ururimbo rw'ikirundi. Yavutse igenekerezo rya 24 Mukakaro umwaka…
Amashusho yerekana Big Fizzo yakiriwe n'umuserukizi w'igihugu ca Nigeria hano iwacu, yateje uruhagarara ku rubuga rw'uwo muririmvyi rwa Instagram. Mu gihe ivyavugiwe muri uwo mubonano bitaramenyekana, abafana…
Imyaka yarigiye kuba 4 umuririmvyikazi Emelance Emy adashira ahabona Isanamu n'1 y'indirimbo yiwe, ariko mu misi ya Vuba izoteturura abafana biwe. Nkuko biboneka ku rubuga rwiwe rwa Facebook co kimwe na Instagram,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.