Inyuma y'igihe kitari gito amakuru hariko hasabwa ko Bantu Bwoy yoshira ahabona umuririmvyikazi bazoshira muri Bantu Bwoy, uwo muririmvyikazi yatanguye gukekwa naho ataco biravugwako. Ku basanzwe bakurikiranira hafi…
Inyuma yo kubura igiteramo yokoreye mu bwongereza, Big Fizzo ngo agiye gukorera igiteramo ku mugabane wa Amerika. Mu makuru dukesha urubuga rwa Instagram Rwa Yassin umwe mu begereye uwo muririmvyi nuko uwo muririmvyi…
Drama T ngo ntari mu gitigiri ca bamwe Dj Paulin yavuga ko baterekwa ubutambiro, ahubwo we ngo urubanza rumwe rumara 2. Drama T ngo iyo Week end igeze aragenda gusangira n'abandi, haba muri Karaoke co kimwe no mu nzu…
Mu gihe Big Fizzo yari yitezwe mu Bwongereza kuri uyu wa 4/6 gukora igiteramo cari categuwe na kigali Night Entertainment ngo ntakigiyeyo. Mu kiganiro uburongozi bw'ico kigo kijejwe gutegura ico giteramo, bagiranye…
Monna Walda Kaneza benshi bazi nka Mow Kanzie, ashobora kuba Ari mu baririmvyi bambara amasaha azimvye hano iwacu. Uwo muririmvyikazi akaba Kandi n'umwe mu biyungunganya mu gushinga ubuzi hirya no hino, mu kiganiro…
Aho inyuma mu gihugu kibanyi ca Tanzania, ibintu birakaze, basigaye batsindira Imiliyoni 10 mu gukubita aba Jongles ku gapira. Mu gihe Diamond Platnumz yariko aramenyekanisha Wasafi Bet hagati mu gihugu, abaserukizi…
Mu mwaka wa 2020, David Nduwimana, umwe mu baririmvyi b'abarundi bakorera ibikorwa mu gihugu ca Australie yabonetse aririmba Ururirimbo rw'igihugu ca Australie (Hymne National), mu gihe c'ihiganwa rya Rugby…
Naho ngo ku bemera vyose bikoraniriza hamwe ku bagirira neza, ngo ubuto bwa Fortran Bigirimana ntibwari bwiroshe na gato. Uwo muririmvyi w'umurundi abarizwa muri kino gihe mu gihugu c'ubufaransa, ngo yatanguye…
Urugendo ruheruka kuvugwa n'ama foto Atari make akaboneka Mow Kanzie yagiye I Dubai, ngo ntiyari yagiye mu karuhuko gusa, Kandi si Dream House asanzwe akorana nayo yari yamurungitse. Mu kiganiro yagiranye na Dushi…
Kuba abantu babwirana ko yazimye, ngo nawe ubwiwe biramutwenza kuko ababivuga baba batazi vyukuri ubuzima acamwo kugira abashe gukora izo ndirimbo. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Franck G80. Uwo muririmvyi wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.