Apotre Appolinaire abajijwe ibijanye n'ukwambara amahereni mu kiganiro yariko aha Bagenzi bacu, yahavuye ahubwo yongerako n'ibindi abatari bake batari bazi. Muri ico kiganiro, uwo mwungere akaba yamenyesheje ko…
Diamond Platnumz ngo igihe kigeze, azoja gutora Abana biwe bose babane nawe. Mu majwi yumvikanye mu kiganiro gica kuri Wasafi Fm, uwo muririmvyi yavuze ko hataragera ko Abana n'abana biwe. Muri ayo majwi, uwo muririmvyi…
Gitare Chanelle benshi muzi nka Chany Queen ngo ukuririmba ntiyigeze abibona nk'indoto yiwe, nkuko abatari bake bahora babivuga, ahubwo we yibona nk'umutamvyi. Mu kiyago aheruka kugirana ba bagenzi bacu, uwo…
Mu rukurikirana Alvin Smith aheruka gushira ahabona, Indirimbo ya 1 yamaze gutangura gukorerwa amasanamu. Iyo ndirimbo n'indirimbo So Fire yakoranye n'umuririmvyikazi Mow Kanzie, iyarigize imisi iriko inakorerwa ama…
Umuririmvyi Nel Ngabo agiye gukorera igiteramo ku mugabane w'amerika ya ruguru neza neza muri Canada, mu bamuhamagaye hakaba harimwo umurundi. Boris Mucowintore biciye muri company yitwa MUCOWINTORE akaba Ari mu…
Nanje Ndaririmba ihiganwa ritegurwa n'ikinyamakuru Isanamu Media ifadikanije na Bantu Bwoy na Kuzamuziki ryatanguye guhamagarira abaririmvyi kuja kwiyandikisha muri iryo higanwa rizoba ribaye ubugira kabiri. Mu kiganiro…
Indirimbo 3 zanditse ngo zashizwe kw'isoko ku mafaranga angana n'Imiliyoni 2 z'amafaranga ya hano iwacu. Ivy'igurishwa ry'izo ndirimbo 3, bikaba vyashikirijwe na Dj Oli umwe mu baririmvyi ba hano…
Mw'ijoro ryakeye Aho hari hasigaye amasaha makeya ngo umuririmvyi Olegue n'ihasa ryiwe bahimbaze umusi w'amavuko yabo, umwe mu Bagenzi biwe ico we yipfuza n'uko uwo muririmvyi yotezurirwa. Akoresheje…
Israel Mbonyi n'umwe mu baririmvyi batarerekana Umukobwa barikumwe mu rukundo, ibihora bimuviramwi buri gihe ikibazo gikomeye Kandi kitigera kimworohera kwishura. Muri ino misi, ico kibazo nyene kikaba cagarutse Aho uwo…
Fortran Bigirimana agiye kumara imisi 7 I Kigali aho yitabiriye ibikorwa vy’igikorane kiriko kibera muri ico gisagara aho yatumiwe n’umwe mu bakozi b’Imana bakomeye muri ico gihugu. Fortran Bigirimana yarafise igiteramo mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.