Big Fizzo ngo niwe wenyene afise ubushobozi bwo gushikana umuririmvyi ku rugero rushimishije mu Burundi, ngo nta wundi abishoboye. Ncuti ya bose agize igihe azwi nk'umu Promoter Ari mu bakunzwe mu gihugu, yavuze ko Big…
Alvin Smith akaba nawe ahambije abandi mu gitigiri c'abaririmvyi bafise Indirimbo zimaze gukwiza Views 1,000,000. Iyo ndirimbo ikaba imuteye iryo teka ikaba ari "Akadaje", yakoranye n'umuririmvyi…
Umuririmvyi w'umunyarwanda Israel Mbonyi, nawe ngo agiye gutangura gukora cane Indirimbo ziri mu rurimo rw'igiswahiri, ivyo. Uwo muririmvyi w'umunya Mulenge akunzwe muri b'ino bihugu vy'akarere ka…
Abaririmvyi b'abarundi ngo bishwe n'ukwisuzugura, ivyo n'ibiheruka gushikizwa na Mugani Desire mu kiganiro yakoreye kuri Radio Indundi culture. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko we adashobora…
Ibiheruka kuba kuri Big Fizzo i Kigali, ngo ntibisigura ko atazosubira gukorera igiteramo muri ico gihugu giheruka kwakira abaririmvyi bakomeye muri Afrika mw'isabukuru ryitiriwe Giant Of Africa. Mu kiganiro aheruka guha…
Drama T ahambije abandi mu gukina amareresi. Uwo muririmvyi wa Madame nawe yabonetse Kuri umwe muma Episodes ya ya reresi ritegurwa na Yaga Burundi. Nkuko vyibonekeje muri Episode ya 2 ya Saison ya 3 y'iryo reresi, Drama…
Issa Jamal muzi nka Yoya, ngo Ari mu nzira agaruka I Bujumbura guteramisha abafana biwe. Nkuko uwo mugabo aheruka kubiyagira BBC Gahuza miryango, ngo hari abariko barategura umuzo wiwe, ngo hasigaye utuntu tumwe tumwe…
Yann Santana ngo biracari kure nk'ukwezi, kugira abaririmvyi b'abarundi binjize amafaranga biciye muma Buzz baba bakoze. Ivyo uwo mumenyeshamakuru akaba aheruka kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo…
Inyuma y'igihe kirekire Umuririmvyi aririmba Indirimbo zo guhimbaza Imana, Israel Mbonyi, asabwa kwerekana umukunzi, habonetse umukobwa bivugwa ko Ari umukunzi wiwe. Uwo mwigeme yabonetse kw'ifoto zitari nke…
Diamond Platnumz ubwoba ngo bwari bwose, ko ivyo bagize Bruce Melodie I Bujumbura, nawe vyohava bimushikira. Mu misi iheze, haravuzwe amakuru y'ukwo Diamond Platnumz afise ideni ry'amafaranga atari make, afitiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.