Chany Queen akirikumwe mu rukundo na Lolilo ngo yarafise ibibazo bikomeye, kuko yama ku ngumu buri gihe. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Big Fizzo aho yavuze ko baba bamupfuye. Intandaro y'ivyo bibazo ngo nuko…
B Face ngo ntihagire uwusubira guta umwikomo kuri mugenziwe ngo kuberiki indirimbo zitamenyekana mu makungu, avuga ko yaba abamenyeshamakuru, abaririmvyo co kimwe n’aba DJ ngo bose amakosa n’ayabo. Boniface abona ko umuti…
Ngendabanka Natacha yavuze ko yahagaritse amafaranga yakoresha muri Festival de la Chanson Féminine kugira ngo uburyo yashiramwo abushire mu muziki wiwe. Ivyo nivyo aheruka kuyagira imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri…
Uruhererekane rw'indirimbo Babbi yari yamenyesheje ko zizoja ahabona vuba, zamaze gushirwa ku mugaragaro ku muhora wiwe wa YouTube. Izo ndirimbo nkuko yari yabimenyesheje zikaba zigera kuri 5. Izo zose zikaba zashizweko…
Inyuma y'igihe kinini hari indyane zigiye zitandukanye hakama haboneka ubucuti kuri bamwe ariko hakaza indyane kurundi ruhande ni R-Flow yashikirije bimwe muvyiyumviro vyiwe n'ico yiyumvira ko cohava gikura mukaga…
Hagaragaye imwe mu masanamu yerekana neza ko ivyo umuririmvyi Lolilo yemereye Abarundi ariko agenda abishitsa intambwe kuyindi Inyuma yo gushira ahabona abaririmvyi agiye gukorana nabo akanashira kumugaragaro amazina nuko…
Akaririmbo Mutima aheruka gushira ahabona, ngo gafise ubutumwa butandukanye cane n’ubwo abandi bagize igihe batanga mu ndirimbo zisangiye akazina, Title. Igituma nuko muri ako karirimbo harimwo ikiyago ca we n’umutima wiwe.…
Miss Erica n’umuryango wa Sal G ngo nta bucuti bafitanye, n’umwana wiwe n’uwo muririmvyi yaburiwe irengero ngo ntibazi nuko ari i Bujumbura. Nayo abibaza ko abima amakuru ya Saleh ayazi ngo n’ububeshi kuko gushika ubu nta…
Ugufatwa nabi kw'ibiteramo bibera hano vyateguwe n'abaririmvyi b’abarundi ngo nivyo biri kubandanya biboneka Haraciye imyaka myinshi haguma hibonekeza ibomborabombora mubiteramo bibera ku butaka bw'Uburundi…
Inyuma y’igihe ari mu gacerere, bamwe bamwe bakaba banavuga ko yoba yarahagaritse umuziki, noneho akaja gukizwa, habonetse Video kuri Instagram yiwe aho habonetse umukobwa ashobora kuba ariwe ariko aratamba. Uwo mukobwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.