Vichou Love yagarutse ku ndirimbo Sorry aho avuga iciyumviro iyo cavuye, akavuga ko yayikuye ku nkuru y'ivyabaye ku muntu. Vichou avuga ko hari Umuntu yitwaye nabi imbere y'umuryango wiwe ngo nuko yamaze kugira ico…
Tetero yatewe ivyatsi impande zose, haba mu bamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka no mu batwara ibinyamakuru bitandukanye. Igituma ni urwandiko yashize ku rubuga rwa Twitter. Umwana w'umukobwa Tetero aheruka gutsindira…
Ubucuti hagati ya The Ben na Zari the Boss ngo ntibarwitiranye n'urukundo rw'umuhungu n'umukobwa, naho ari incuti yiwe ikomeye. The Ben arahakana ko be na Zari The boss Lady batoba bari mu rukundo, ivyo…
Yvan muziki yavuze ko agiye gusohora indirimbo izomerera nabi abansi b'uyu mwaka wa 2019. Aho ngo ni vuba cane. Inyuma y'imisi itari mike umuririmvyi Yvan Muziki asa n'uwuri mu gacerere, uwo muririmvyi…
Mu majambo Kirikou yakoresheje mu kuvuga B Face ngo harimwo ubwoba, kuko ntiyamudisinze nkuko abandi ba rappeur babikora. Girukwishaka Boniface benshi bazi nka B Face yarakebuye umuririmvyi Kirikou ko yamuvuze mu buryo ngo…
Tanasha nawe yahambije Zarinah Hassan mu kuvuga ko Diamond abandanije aja mu bandi bagore, azovavanura nawe. Tanasha yihindukije mw'ijambo, aho ubu naho avuga ko ata gahunda afise yo kugumana na Diamond mu gihe yoja mu…
Kwubaka ikibanza nka Kigali Arena ngo n'ikintu kitobananira na gato, ivyo n'ibishikirizwa na Diamond Platnumz ngo igikenewe n'ikibanza gusa. Kuva aho aviriye i Kigali mu giteramo, Diamond Platnumz ngo ico…
Ugukundana vyo ngo nta birimwo, ariko ngo n'incuti za hafi cane kandi banafise ibikorwa basanzwe bakorana binarimwo ivy'umuziki. Mu gihe vyavuzwe cane ko Iry Tina yoba asohokana n'umwe mu bari bagize umurwi P…
Ivy'ikinjura rya Harmonize muri Wasafi vyahavuye bishirwa ahabona, ubu uwo muririmvyi ngo hari ivyo yamaze gusaba uburongozi bwa WCB. Uno musi ngo mubabarizwa muri WCB, Harmonize ngo ntarimwo, ivyo vyashikirijwe na…
Q boy ngo iyaba ari nawe ntiyari kureka gushiramwo agashari, amaze kubona ko indirimbo yanse kujamwo ibaye nziza kandi iriko ishika kure yaho yibaza. Inyuma y'umwanya utari muto ata kivurwa ku ndirimbo Q Boy yakoranye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.