Nziza Desire ngo abantu nibitege ibikorwa vyiwe vuba, kandi ngo hari n'umuririmvyi wo mu bwongereza bagiye kuzokorana indirimbo. Agacerere yaragize imisi arimwo ngo gasigurwa nuko yashatse gusigira ikibanza abakiri…
Iry tina ngo Ibihimba vy'umubiri wiwe ngo ntabikunda kumwe, hari ivyo abona ko birengeje ubwiza. Ariko akemeza ko muri rusangi ataco bagaya ahagaze. Naho Tina yemeza ko ibiri ku mubiri wiwe vyose ataco bibaye, kuko…
Shaddy Boo ngo n'icamamare nkawe, bamenyanye biciye kuri Instagram kandi amweretswe na Manager wiwe, Sallam SK, anamutumira mu biteramo muri Tanzania. Nta bucuti budasanzwe buri Hagati ya Diamond na Shaddyboo Boo, ivyo…
Mu giteramo co kuri uyu wa mungu ntihazumvikana indirimbo za Wanajeshi za kera gusa, kuko ngo na nshasha zizumvikana kandi zitari nke. Hampande y'igiteramo bariko barategura kuzokora, umurwi Wanajeshi Kamili umenyesha…
Uko abarundi bakumbuye Alikiba, ngo Niko nawe abakumbuye. Naho agize igihe mu gacerere ngo agiye kukavamwo, anahakorere igiteramo. Uburundi ngo ni bwitege Alikiba, naho amaze igihe mu gacerere. Umuzo wiwe ngo azoba azaniye…
Tanasha yatanguye gushira ahabona amashusho yerekana imbanyi yiwe bivurwa ko isigaje igihe gito, nayo ivyamamare ntivyaretse kugira ico bizivuzeko. Inyuma y'uko Diamond amenyesheje ko umukunzi wiwe buca yibaruka, uwo…
Kubera ibikorwa akora, Natacha ngo yaradugije ibiciro, ubu arazimvye nkuko rya shirahanwe ryabivuze. Nayo ibiteramo ngo yahagaritse. Inyuma y'abaririmvyi bo muri kano karere bakoranye indirimbo, Natacha ngo agiye…
Kuba Kebby ataco ashira ahabona, Black g ngo siwe vyavuye, ariko akizeza ko hari ibishasha ariko arategura. Abantu ngo bokwicara biteguye. Black g ngo ntiyariye inguvu Kebby boy basanzwe babarizwa hamwe muri LEC…
Linah yavuze uwamukoreye nabi, anavuga n’ico yibaza ko vyoba vyavuyeko. Ariko akagirako anasaba ko bokingirwa. Linah co kimwe n’umushingantahe wiwe Vivi bavuze ku wuheruka kugirira nabi uwo muririmvyikazi w’umurundi, aho…
Muyoboke ntiyemeza canke ngo ahakane ko Charly na Nina basubiye hasi, ariko avuga ko umuvuduko bariko bakirikumwe atariwo bariko. Biragoye kwemeza canke guhakana ko umurwi charly na Nina woba warasubiye hasi canke ubandanya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.